Ja ku birimwo

Imiyabaga n’abageze mu bigero

Impanuro zishingiye kuri Bibiliya zirashobora kudufasha kwihanganira ingorane no kumenya ukuntu tuvyifatamwo mu buzima. a

a Bamwebamwe mu bavugwa muri ibi biganiro si ko basanzwe bitwa.

URWARUKA RURIBAZA

Kubera iki nkwiye gufasha abandi?

Gukorera abandi ivyiza birakugirira akamaro n’imiburiburi mu buryo bubiri. Ubwo buryo ni ubuhe?

URWARUKA RURIBAZA

Kubera iki nkwiye gufasha abandi?

Gukorera abandi ivyiza birakugirira akamaro n’imiburiburi mu buryo bubiri. Ubwo buryo ni ubuhe?

Urwaruka ruribaza

Ibibazo urwaruka rukunze kubaza ku bijanye n’igitsina, abagenzi, abavyeyi, ishure n’ibindi.

Ivyo urunganwe rwawe ruvuga

Woshobora kuba uriko uhangana n’ibintu utari bwigere uhangana na vyo. Raba uko abo mu runganwe rwawe bavyifatamwo.

Ibisigurwa bariko barabicapa

Woba uriko ushikirwa n’ingorane zisa n’izikurengeye? Nimba ari ukwo biri, utu tuvidewo twoshobora kugufasha guhangana n’ingorane zisanzwe zishikira imiyabaga.

Imyimenyerezo y’imiyabaga

Iyi myimenyerezo igufasha kugira wiyumvire wongere wandike ivyiyumviro vyawe no kugira witegurire ibintu bishika koko mu buzima.

Udukorwa tujanye no kwiga Bibiliya

Udukorwa ducapurwa dufasha kubona mu bwenge inkuru zo muri Bibiliya.

Inyishu z’ibibazo 10 urwaruka rwibaza

Raba impanuro nziza zogufasha kuroranirwa mu buzima.

Ivyogufasha kwiga

Koresha aya mayagwa yo kwiga kugira urushirize kunyurwa n’ivyo wemera wongere umenye ingene wobisigurira abandi.