Ja ku birimwo

Inyigisho zo muri Bibiliya

Bibiliya iratanga impanuro nziza kuruta izindi zose ku bibazo bigoye kuruta ibindi vyose vyo mu buzima. Mu binjana n’ibindi, vyaragaragaye ko Bibiliya ifise akamaro. Muri iki gihimba, urabona igituma wokwizigira Bibiliya, ukuntu woyungukirako n’ukuntu ari ngirakamaro vy’ukuri.—2 Timoteyo 3:16, 17.

 

Ibi ntibigucike!

INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA

Ni ibiki twigira ku bagore bavugwa muri Bibiliya?

Raba itandukaniro riri hagati y’abagore batanze akarorero keza n’abatanze akarorero kabi cane.

INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA

Ni ibiki twigira ku bagore bavugwa muri Bibiliya?

Raba itandukaniro riri hagati y’abagore batanze akarorero keza n’abatanze akarorero kabi cane.

Niwige Bibiliya

Nugerageze kwiga Bibiliya natwe

Urashobora kwiga Bibiliya ku buntu uri kumwe n’uwukwigisha.

Gusaba ko tukugendera

Nimuganire ikibazo gishingiye kuri Bibiliya canke mwige ibindi ku vyerekeye Ivyabona vya Yehova.

Ibintu bifasha kwiga Bibiliya

Nuhitemwo ibintu vyogufasha kwiga Bibiliya, bigatuma wiyigisha mu buryo buhimbaye kandi ngirakamaro.

Bibiliya yogufasha gute?

Amahoro n’agahimbare

Bibiliya yarafashije abantu benshi kwihanganira amaganya abashikira buri musi, umubabaro wo ku mutima no ku mubiri no kumenya igituma turiho.

Kwizera Imana

Ukwizera kurashobora gutuma utekanirwa ubu, kukagufasha no kugira icizigiro ntakekeranywa ca kazoza.

Ingo n’imiryango

Abubakanye hamwe n’imiryango barahura n’ingorane nyinshi. Impanuro nziza Bibiliya itanga zirashobora kubafasha kuryohora ubucuti mufitaniye mu muryango no kubukomeza.

Icofasha imiyabaga n’abageze mu bigero

Raba ukuntu Bibiliya ishobora gufasha mu ngorane imiyabaga n’abageze mu bigeze akenshi bahangana na zo.

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.

Bibiliya ivuga iki?

Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya

Numenye inyishu Bibiliya itanga ku vyerekeye Imana, Yezu, umuryango, imibabaro n’ibindi.

Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya

Niwirabire insobanuro y’ukuri y’imirongo n’imvugo vyo muri Bibiliya.

Kahise na Bibiliya

Raba inkuru itangaje y’ingene Bibiliya yasimvye imanga igashika no muri iki gihe. Raba ivyemeza ko ivuga ukuri be n’uko ari iyo kwizigirwa.

Siyansi na Bibiliya

Bibiliya na siyansi vyoba bihuza? Inyishu twoyironka tugereranije ivyo Bibiliya ivuga n’ivyo abanyasiyansi bubuye.