Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Inkuru nziza ya Luka

Ibigabane

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Ubutumwa kuri Tewofile (1-4)

    • Gaburiyeli amenyesha ivuka rya Yohani Umubatizi (5-25)

    • Gaburiyeli amenyesha ivuka rya Yezu (26-38)

    • Mariya aja kuramutsa Elizabeti (39-45)

    • Mariya ashemeza Yehova (46-56)

    • Yohani avuka; ahabwa izina (57-66)

    • Ubuhanuzi bwa Zakariya (67-80)

  • 2

    • Ivuka rya Yezu (1-7)

    • Abamarayika babonekera abungere (8-20)

    • Ukugenyerwa n’ukwityorora (21-24)

    • Simeyoni abona Kristu (25-35)

    • Ana avuga ibijanye n’uwo mwana (36-38)

    • Bagaruka i Nazareti (39, 40)

    • Yezu ku rusengero afise imyaka 12 (41-52)

  • 3

    • Igihe Yohani yatangura igikorwa ciwe (1, 2)

    • Yohani yigisha ibijanye n’ibatisimu (3-20)

    • Yezu abatizwa (21, 22)

    • Amamuko ya Yezu Kristu (23-38)

  • 4

    • Shetani agerageza Yezu (1-13)

    • Yezu atangura kwigisha i Galilaya (14, 15)

    • Abantu b’i Nazareti banka kwumviriza Yezu (16-30)

    • Mw’isinagogi y’i Kaperinawumu (31-37)

    • Yezu akiza inabukwe wa Simoni n’abandi (38-41)

    • Isinzi risanga Yezu ahantu hiherereye (42-44)

  • 5

    • Bafata amafi ku gitangaro; abigishwa biwe ba mbere (1-11)

    • Akiza umunyamibembe (12-16)

    • Akiza umuntu amugaye (17-26)

    • Ahamagara Lewi (27-32)

    • Ikibazo kijanye n’ukwisonzesha (33-39)

  • 6

    • Yezu «arafise ububasha kw’isabato» (1-5)

    • Akiza umugabo afise ukuboko kumugaye (6-11)

    • Za ntumwa 12 (12-16)

    • Yezu yigisha kandi agakiza abantu (17-19)

    • Abahiriwe n’abagowe abo ari bo (20-26)

    • «Nimukunde abansi banyu» (27-36)

    • «Nimureke guca urubanza» (37-42)

    • Igiti kimenyekanira ku vyamwa vyaco (43-45)

    • Inzu yubatswe neza be n’iyitagira umushinge (46-49)

  • 7

    • Ukwizera kw’intwazangabo (1-10)

    • Yezu azura umuhungu w’umupfakazi w’i Nayini (11-17)

    • Yezu ahayagiza Yohani Umubatizi (18-30)

    • Yezu anebagura urunganwe rutagira ukwizera (31-35)

    • Umugore w’umucumuzi ababarirwa (36-50)

      • Ikigereranyo c’abantu babiri bari bafise ideni (41-43)

  • 8

    • Abagore baherekeza Yezu (1-3)

    • Ikigereranyo c’umubivyi (4-8)

    • Igituma Yezu yakoresha ibigereranyo (9, 10)

    • Asigura ikigereranyo c’umubivyi (11-15)

    • «Nta wodomeka itara ngo ace aripfuka» (16-18)

    • Nyina wa Yezu na benewabo (19-21)

    • Yezu atururuza igihuhusi (22-25)

    • Arungika amadayimoni mu ngurube (26-39)

    • Umukobwa wa Yayiro; umugore yakoze ku mpuzu za Yezu (40-56)

  • 9

    • Ivyo bamwe cumi na babiri bokwisunga bagiye kwamamaza (1-6)

    • Herodi azazanirwa n’ivya Yezu (7-9)

    • Yezu agaburira abagabo 5.000 (10-17)

    • Petero avuga ko Yezu ari Kristu (18-20)

    • Yezu amenyesha ibijanye n’urupfu rwiwe (21, 22)

    • Ivyo abigishwa b’ukuri basabwa (23-27)

    • Yezu ahinduka ukundi (28-36)

    • Akiza umuhungu arimwo idayimoni (37-43a)

    • Yezu yongera kumenyesha ibijanye n’urupfu rwiwe (43b-45)

    • Abigishwa baharira ku bijanye n’uwari mukuru (46-48)

    • «Uwutaturwanya aba adushigikiye» (49, 50)

    • Abo mu kigwati c’Abasamariya banka kwakira Yezu (51-56)

    • Ico bisobanura gukurikira Yezu (57-62)

  • 10

    • Yezu arungika bamwe 70 kwamamaza (1-12)

    • Ibisagara bitigaya biragowe (13-16)

    • Bamwe 70 bagaruka (17-20)

    • Ashemeza Se wiwe kubera yitaho abantu batobato (21-24)

    • Ikigereranyo c’Umusamariya w’imbabazi (25-37)

    • Yezu aja kwa Mariya na Marita (38-42)

  • 11

    • Ingene twosenga (1-13)

      • Isengesho rya Dawe wa twese (2-4)

    • Yezu yirukana amadayimoni afashijwe n’urutoke rw’Imana (14-23)

    • «Iyo impwemu mbi igarutse» (24-26)

    • Agahimbare nyakuri (27, 28)

    • «Ikimenyetso ca Yona» (29-32)

    • «Itara ry’umubiri» (33-36)

    • Baragowe abanyamadini biyorobeka (37-54)

  • 12

    • Umwambiro w’Abafarizayo (1-3)

    • Nimutinye Imana, ntimutinye abantu (4-7)

    • Uwemera ko ari umwigishwa wa Kristu (8-12)

    • Ikigereranyo c’umutunzi w’ikijuju (13-21)

    • «Nimureke kwiganyira» (22-34)

      • «Ubusho buto» (32)

    • Kuguma umuntu ari maso (35-40)

    • Umubwiriza w’umwizigirwa n’uwutari umwizigirwa (41-48)

    • Sinaje kuzana amahoro, ahubwo naje gucanishamwo abantu (49-53)

    • Gusuzuma ibimenyetso vy’ibihe (54-56)

    • Gutorera umuti amatati (57-59)

  • 13

    • «Nimutigaya muzopfa» (1-5)

    • Ikigereranyo c’igiti c’umusukoni kitama (6-9)

    • Yezu akiza umugore amugaye kw’isabato (10-17)

    • Ikigereranyo c’agatete ka sinapi n’umwambiro (18-21)

    • «Mwihate cane kugira muce mw’irembo ryaga» (22-30)

    • «Iyo mbwebwe» Herodi (31-33)

    • Yezu aririra Yeruzalemu (34, 35)

  • 14

    • Yezu akiza umuntu arwaye urusina kw’isabato (1-6)

    • Niwicishe bugufi iyo bagutumiye (7-11)

    • Mutumire abatagira ico babishura (12-14)

    • Abatumire barondera ivyitwazo vyo kutitaba ubutumire (15-24)

    • Ico bisaba kuba umwigishwa (25-33)

    • Iyo umunyu utakaje akanovera (34, 35)

  • 15

    • Ikigereranyo c’intama yatakaye (1-7)

    • Ikigereranyo c’igiceri catakaye (8-10)

    • Ikigereranyo c’umwana w’icangazi (11-32)

  • 16

    • Ikigereranyo c’umubwiriza atagororotse (1-13)

      • «Umwizigirwa muri bikeyi aba n’umwizigirwa muri vyinshi» (10)

    • Amategeko n’Ubwami bw’Imana (14-18)

    • Ikigereranyo c’umutunzi na Lazaro (19-31)

  • 17

    • Ibitsitaza, imbabazi n’ukwizera (1-6)

    • Abashumba b’imburakimazi (7-10)

    • Akiza abanyamibembe cumi (11-19)

    • Ukuza kw’Ubwami bw’Imana (20-37)

      • «Ubwami bw’Imana buri hagati yanyu» (21)

      • «Mwibuke muka Loti» (32)

  • 18

    • Ikigereranyo c’umupfakazi yumirako (1-8)

    • Umufarizayo n’umutozakori (9-14)

    • Yezu hamwe n’abana (15-17)

    • Umutware w’umutunzi abaza ikibazo (18-30)

    • Yezu yongera kumenyesha ibijanye n’urupfu rwiwe (31-34)

    • Ahumura umugabo w’impumyi asegerereza (35-43)

  • 19

    • Yezu aja kwa Zakayo (1-10)

    • Ikigereranyo c’imina cumi (11-27)

    • Yezu yinjira i Yeruzalemu nk’umwami (28-40)

    • Yezu aririra Yeruzalemu (41-44)

    • Yezu ahumanura urusengero (45-48)

  • 20

    • «Ni ububasha nyabaki butuma ukora ivyo bintu?» (1-8)

    • Ikigereranyo c’abarimyi b’abicanyi (9-19)

    • Imana na Sezari (20-26)

    • Ikibazo ku bijanye n’izuka (27-40)

    • Kristu yoba ari mwene Dawidi? (41-44)

    • «Mwiyubare abanditsi» (45-47)

  • 21

    • Uduceri tubiri tw’umupfakazi w’umukene (1-4)

    • IKIMENYETSO KIZOBA IKIHE? (5-36)

      • Intambara, vya nyamugigima bikomeye, indwara z’ibiza n’inzara (10, 11)

      • «Nimwabona Yeruzalemu ikikujwe n’ingabo» (20)

      • Ibihe amahanga yahawe (24)

      • Ukuza kw’Umwana w’umuntu (27)

      • Ikigereranyo c’igiti c’umusukoni (29-33)

      • «Mugume muri maso» (34-36)

    • Yezu yigishiriza mu rusengero (37, 38)

  • 22

    • Abaherezi baja inama yo kwica Yezu (1-6)

    • Gutegura Pasika ya nyuma (7-13)

    • Atanguza Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba (14-20)

    • «Uwuza kungurisha turi kumwe kuri iyi meza» (21-23)

    • Baharira ku bijanye n’uwari mukuru (24-27)

    • Agirana isezerano ry’ubwami n’abigishwa biwe (28-30)

    • Avuga ko Petero aza kumwihakana (31-34)

    • Kwitegura birahambaye; inkota zibiri (35-38)

    • Yezu asenga ari ku musozi w’Imyelayo (39-46)

    • Bafata Yezu (47-53)

    • Petero yihakana Yezu (54-62)

    • Batyekeza Yezu (63-65)

    • Asambishirizwa imbere y’Inama nkuru (66-71)

  • 23

    • Yezu ari imbere ya Pilato na Herodi (1-25)

    • Yezu n’inkozi z’ikibi zibiri bamanitswe ku biti (26-43)

      • «Uzoba uri kumwe nanje mw’Iparadizo» (43)

    • Urupfu rwa Yezu (44-49)

    • Amaziko ya Yezu (50-56)

  • 24

    • Izuka rya Yezu (1-12)

    • Kw’ibarabara rija i Emawusi (13-35)

    • Yezu abonekera abigishwa biwe (36-49)

    • Yezu aduga mw’ijuru (50-53)