Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

A7-C

Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi: Igikorwa nyamukuru Yezu yakoreye i Galilaya (Igice ca 1)

IGIHE

IKIBANZA

IVYABAYE

MATAYO

MARIKO

LUKA

YOHANI

Mu 30

Galilaya

Yezu avuga ubwa mbere ko «Ubwami bwo mw’ijuru buri hafi»

4:17

1:14, 15

4:14, 15

4:44, 45

I Kana; Nazareti; Kaperinawumu

Akiza umwana w’umusuku w’umwami; asoma muri Yesaya; aja i Kaperinawumu

4:13-16

 

4:16-31

4:46-54

Ikiyaga ca Galilaya, hafi y’i Kaperinawumu

Ahamagara abigishwa bane: Simoni, Andereya, Yakobo na Yohani

4:18-22

1:16-20

5:1-11

 

Kaperinawumu

Akiza inabukwe wa Simoni n’abandi

8:14-17

1:21-34

4:31-41

 

Galilaya

Aja i Galilaya ubwa mbere, na bamwe 4

4:23-25

1:35-39

4:42, 43

 

Akiza umunyamibembe; amasinzi amukurikira

8:1-4

1:40-45

5:12-16

 

Kaperinawumu

Akiza umuntu amugaye

9:1-8

2:1-12

5:17-26

 

Ahamagara Matayo; asangira n’abatozakori; ikibazo c’ukwisonzesha

9:9-17

2:13-22

5:27-39

 

Yudaya

Yigishiriza mu masinagogi

   

4:44

 

Mu 31, Pasika

Yeruzalemu

Akiza umuntu arwaye ku kidengeri Bezata; Abayuda barondera kumwica

     

5:1-47

Avuye i Yeruzalemu (?)

Abigishwa baha intete kw’isabato; Yezu «afise ububasha kw’isabato»

12:1-8

2:23-28

6:1-5

 

Galilaya; ikiyaga ca Galilaya

Akiza ukuboko kw’isabato; amasinzi amukurikira; akiza n’abandi benshi

12:9-21

3:1-12

6:6-11

 

Msz. hafi y’i Kaperinawumu

Atora intumwa 12

 

3:13-19

6:12-16

 

Hafi y’i Kaperinawumu

Ashikiriza insiguro yo ku musozi

5:1–7:29

 

6:17-49

 

Kaperinawumu

Akiza umusuku w’intwazangabo

8:5-13

 

7:1-10

 

Nayini

Azura umuhungu w’umupfakazi

   

7:11-17

 

Tiberiya; Galilaya (Nayini canke hafi yaho)

Yohani atuma abigishwa kuri Yezu; abana bahishurirwa ukuri; ingogo

11:2-30

 

7:18-35

 

Galilaya (Nayini canke hafi yaho)

Umugore amusuka amavuta ku birenge; ikigereranyo c’abafise ideni

   

7:36-50

 

Galilaya

Urugendo rwa 2 aja kwigisha, na bamwe 12

   

8:1-3

 

Yirukana amadayimoni; icaha kitababarirwa

12:22-37

3:19-30

   

Ikimenyetso ca Yona

12:38-45

     

Nyina na benewabo baraza; abigishwa biwe ni zo ncuti ziwe

12:46-50

3:31-35

8:19-21