Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

A7-D

Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi: Igikorwa nyamukuru Yezu yakoreye i Galilaya (Igice ca 2)

IGIHE

IKIBANZA

IVYABAYE

MATAYO

MARIKO

LUKA

YOHANI

Mu 31 canke 32

I Kaperinawumu

Yezu atanga ibigereranyo vy’Ubwami

13:1-53

4:1-34

8:4-18

 

Ikiyaga ca Galilaya

Atururuza igihuhusi ari mu bwato

8:18, 23-27

4:35-41

8:22-25

 

Akarere ka Gadara

Arungika amadayimoni mu ngurube

8:28-34

5:1-20

8:26-39

 

Kumbure i Kaperinawumu

Akiza umugore w’indwara yo kuva amaraso; azura umukobwa wa Yayiro

9:18-26

5:21-43

8:40-56

 

Kaperinawumu (?)

Akiza impumyi n’umuragi

9:27-34

     

Nazareti

Ab’iwabo bongera kutamwumviriza

13:54-58

6:1-5

   

Galilaya

Aja i Galilaya ubwa gatatu; yagura igikorwa mu kurungika intumwa

9:35–11:1

6:6-13

9:1-6

 

Tiberiya

Herodi acisha umutwe Yohani Umubatizi; Herodi azazanirwa n’ivya Yezu

14:1-12

6:14-29

9:7-9

 

Mu 32, Pasika yegereje (Yoh 6:4)

Kaperinawumu (?); hafi y’ikiyaga ca Galilaya

Intumwa zigaruka zivuye kwamamaza; Yezu agaburira abagabo 5.000

14:13-21

6:30-44

9:10-17

6:1-13

Hafi y’ikiyaga ca Galilaya; Genesareti

Abantu bagerageza kwimika Yezu; agendera ku mazi; akiza benshi

14:22-36

6:45-56

 

6:14-21

Kaperinawumu

Avuga ko ari «umukate w’ubuzima»; benshi baratsitara bakamuta

     

6:22-71

Mu 32, inyuma ya Pasika

Kumbure Kaperinawumu

Yiyamiriza imigenzo y’abantu

15:1-20

7:1-23

 

7:1

Fenisiya; Dekapoli

Akiza umukobwa w’umugore w’i Sirofenisiya; agaburira abagabo 4.000

15:21-38

7:24–8:9

   

Magadani

Ikimenyetso ca Yona

15:39–16:4

8:10-12