Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

B8

Urusengero rwubatswe na Salomo

  1. Ivyari bigize urusengero

  2. 1 Aheranda cane (1Bm 6:16, 20)

  3. 2 Aheranda (2Ng 5:9)

  4. 3 Ivyumba vyo hejuru (2Ng 3:8, 9)

  5. 4 Ivyumba vyo mu mbavu (1Bm 6:5, 6, 10)

  6. 5 Yakini (1Bm 7:21; 2Ng 3:17)

  7. 6 Bowazi (1Bm 7:21; 2Ng 3:17)

  8. 7 Ibaraza (1Bm 6:3; 2Ng 3:4)

  9. 8 Igicaniro c’umujumpu (2Ng 4:1)

  10. 9 Ikintu c’umujumpu gitaramutse co guhagararako (2Ng 6:13)

  11. 10 Ikigo c’indani (1Bm 6:36)

  12. 11 Igitangi c’ubutare bushongeshejwe (1Bm 7:23)

  13. 12 Amashareti (1Bm 7:27)

  14. 13 Ubwinjiriro bwo mu mbavu (1Bm 6:8)

  15. 14 Uburiro (1Ng 28:12)