Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

B14-B

Amahera n’ingero z’uburemere

Amahera n’ingero z’uburemere mu Vyanditswe vy’igiheburayo

Gera (120 ca shekeli)

g 0,57

gera 10 = beka 1

Beka

g 5,7

beka 2 = shekeli 1

Ipimu

g 7,8

ipimu 1 = 23 vya shekeli

Ibuye rya shekeli

Shekeli

g 11,4

shekeli 50 = imina 1

Imina

g 570

imina 60 = italanto 1

Italanto

kg 34,2

Idariki (amahera y’Abaperesi, inzahabu)

g 8,4

Ezira 8:27

Amahera n’ingero z’uburemere mu Vyanditswe vy’ikigiriki

Leputoni (amahera y’Abayuda, umujumpu)

12 c’ikwadarani

Luka 21:2

Ikwadarani (amahera y’Abaroma, umujumpu)

leputoni 2

Matayo 5:26

Asariyoni (amahera y’Abaroma n’ay’intara baganza, umujumpu)

ikwadarani 4

Matayo 10:29

Idenariyo (amahera y’Abaroma, ifeza)

ikwadarani 64

g 3,85

Matayo 20:10

= Umushahara w’umusi 1 (amasaha 12)

Idarakima (amahera y’Abagiriki, ifeza)

g 3,4

Luka 15:8

= Umushahara w’umusi 1 (amasaha 12)

Ididarakima (amahera y’Abagiriki, ifeza)

idarakima 2

g 6,8

Matayo 17:24

= Umushahara w’imisi 2

Itetaradarakima y’i Antiyokiya

Itetaradarakima y’i Tiro (Shekeli y’ifeza y’i Tiro)

Itetaradarakima (amahera y’Abagiriki, ifeza; yitwa kandi isitateri y’ifeza)

idarakima 4

g 13,6

Matayo 17:27

= Umushahara w’imisi 4

Imina

idarakima 100

g 340

Luka 19:13

= nk’umushahara w’imisi 100

Italanto

imina 60

kg 20,4

Matayo 18:24

Ivyahishuwe 16:21

= nk’umushahara w’imyaka 20

Ipawunde (y’Abaroma)

g 327

Yohani 12:3

«Agacupa [ipawunde] k’amavuta amota neza, . . . ikaba yari narada nyayo»