Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

IKIBAZO CA 4

Bibiliya yoba ivuga ukuri mu vya siyansi?

«Isanza ijuru mu kirere, isi ikayitereka ku busa gusa.»

Yobu 26:7

«Inzuzi zose zitembera mu kiyaga, ariko ikiyaga nticuzura. Ahantu zitemba ziva ni ho zisubira kugira zongere gutemba.»

Umusiguzi 1:7

«Imana iba hejuru y’umuzingi w’isi.»

Yesaya 40:22