Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Urutonde rw’ibitabu vyo muri Bibiliya

Ibitabu vy’Ivyanditswe vy’igiheburayo imbere ya Kristu

IZINA RY’IGITABU

UMWANDITSI

AHO CANDIKIWE

IGIHE CARANGIRIYE KWANDIKWA (M.K.)

IGIHE IBIVUGWAMWO VYEREKEYE (M.K.)

Itanguriro

Musa

Ubugaragwa

1513

«Mu ntango» gushika 1657

Kuvayo

Musa

Ubugaragwa

1512

1657-1512

Abalewi

Musa

Ubugaragwa

1512

Ukwezi 1 (1512)

Guharura

Musa

Ubugaragwa n’ibiyaya vy’i Mowabu

1473

1512-1473

Gusubira mu vyagezwe

Musa

Ibiyaya vy’i Mowabu

1473

Amezi 2 (1473)

Yosuwa

Yosuwa

Kanani

nk. 1450

1473–nk. 1450

Abacamanza

Samweli

Isirayeli

nk. 1100

nk. 1450–nk. 1120

Rusi

Samweli

Isirayeli

nk. 1090

Imyaka 11 y’ikiringo c’abacamanza

1 Samweli

Samweli; Gadi; Natani

Isirayeli

nk. 1078

nk. 1180-1078

2 Samweli

Gadi; Natani

Isirayeli

nk. 1040

1077–nk. 1040

1 Abami

Yeremiya

Ubuyuda

580

nk. 1040-911

2 Abami

Yeremiya

Ubuyuda na Misiri

580

nk. 920-580

1 Ngoma

Ezira

Yeruzalemu (?)

nk. 460

Inyuma ya 1 Ngoma 9:44: nk. 1077-1037

2 Ngoma

Ezira

Yeruzalemu (?)

nk. 460

nk. 1037-537

Ezira

Ezira

Yeruzalemu

nk. 460

537–nk. 467

Nehemiya

Nehemiya

Yeruzalemu

iny. 443

456–iny. 443

Esiteri

Morudekayi

Shushani, Elamu

nk. 475

493–nk. 475

Yobu

Musa

Ubugaragwa

nk. 1473

Imyaka irenga 140 hagati ya 1657 na 1473

Zaburi

Dawidi n’abandi

 

nk. 460

 

Imigani

Salomo; Aguri; Lemuweli

Yeruzalemu

nk. 717

 

Umusiguzi

Salomo

Yeruzalemu

imb. 1000

 

Indirimbo ya Salomo

Salomo

Yeruzalemu

nk. 1020

 

Yesaya

Yesaya

Yeruzalemu

iny. 732

nk. 778–iny. 732

Yeremiya

Yeremiya

Ubuyuda; Misiri

580

647-580

Gucura intimba

Yeremiya

Hafi ya Yeruzalemu

607

 

Ezekiyeli

Ezekiyeli

Babiloni

nk. 591

613–nk. 591

Daniyeli

Daniyeli

Babiloni

nk. 536

618–nk. 536

Hoseya

Hoseya

Samariya (Intara)

iny. 745

imb. 804–iny. 745

Yoweli

Yoweli

Ubuyuda

nk. 820 (?)

 

Amosi

Amosi

Ubuyuda

nk. 804

 

Obadiya

Obadiya

 

nk. 607

 

Yona

Yona

 

nk. 844

 

Mika

Mika

Ubuyuda

imb. 717

nk. 777-717

Nahumu

Nahumu

Ubuyuda

imb. 632

 

Habakuki

Habakuki

Ubuyuda

nk. 628 (?)

 

Zefaniya

Zefaniya

Ubuyuda

imb. 648

 

Hagayi

Hagayi

Yeruzalemu

520

Imisi 112 (520)

Zakariya

Zakariya

Yeruzalemu

518

520-518

Malaki

Malaki

Yeruzalemu

iny. 443

 

Ibitabu vy’Ivyanditswe vy’ikigiriki vyanditswe inyuma ya Kristu

IZINA RY’IGITABU

UMWANDITSI

AHO CANDIKIWE

IGIHE CARANGIRIYE KWANDIKWA (N.K.)

IGIHE IBIVUGWAMWO VYEREKEYE

Matayo

Matayo

Isirayeli

nk. 41

2 M.K.–33 N.K.

Mariko

Mariko

Roma

nk. 60-65

29-33 N.K.

Luka

Luka

Sezariya

nk. 56-58

3 M.K.–33 N.K.

Yohani

Intumwa Yohani

Efeso canke hafi yaho

nk. 98

Inyuma y’intangamarara, 29-33 N.K.

Ivyakozwe

Luka

Roma

nk. 61

33–nk. 61 N.K.

Abaroma

Pawulo

Korinto

nk. 56

 

1 Abakorinto

Pawulo

Efeso

nk. 55

 

2 Abakorinto

Pawulo

Masedwane

nk. 55

 

Abagalatiya

Pawulo

Korinto canke Antiyokiya h’i Siriya

nk. 50-52

 

Abanyefeso

Pawulo

Roma

nk. 60-61

 

Abafilipi

Pawulo

Roma

nk. 60-61

 

Abakolosayi

Pawulo

Roma

nk. 60-61

 

1 Abatesalonika

Pawulo

Korinto

nk. 50

 

2 Abatesalonika

Pawulo

Korinto

nk. 51

 

1 Timoteyo

Pawulo

Masedwane

nk. 61-64

 

2 Timoteyo

Pawulo

Roma

nk. 65

 

Tito

Pawulo

Masedwane (?)

nk. 61-64

 

Filemoni

Pawulo

Roma

nk. 60-61

 

Abaheburayo

Pawulo

Roma

nk. 61

 

Yakobo

Yakobo (mwene wabo na Yezu)

Yeruzalemu

imb. 62

 

1 Petero

Petero

Babiloni

nk. 62-64

 

2 Petero

Petero

Babiloni (?)

nk. 64

 

1 Yohani

Intumwa Yohani

Efeso canke hafi yaho

nk. 98

 

2 Yohani

Intumwa Yohani

Efeso canke hafi yaho

nk. 98

 

3 Yohani

Intumwa Yohani

Efeso canke hafi yaho

nk. 98

 

Yuda

Yuda (mwene wabo na Yezu)

Isirayeli (?)

nk. 65

 

Ivyahishuwe

Intumwa Yohani

Patimo

nk. 96

 

[Amazina y’abanditsi b’ibitabu bimwebimwe be n’ay’ahantu vyandikiwe ntibizwi neza. Menshi mu matariki ni ayagereranijwe gusa. Impfunyapfunyo iny. isobanura «inyuma», imb. igasobanura «imbere», nk. na yo igasobanura «nko mu mwaka wa.»]