Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ikete ryandikiwe Abakolosayi

Ibigabane

1 2 3 4

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Indamutso (1, 2)

    • Pawulo ashima kubera ukwizera kw’Abakolosayi (3-8)

    • Pawulo asenga ngo bakure mu vy’impwemu (9-12)

    • Uruhara nyamukuru rwa Kristu (13-23)

    • Pawulo akora cane ku neza y’ishengero (24-29)

  • 2

    • Ibanga ryeranda ry’Imana ni Kristu (1-5)

    • Mwiyubare abobahenda (6-15)

    • Umutumba nyezina ni uwa Kristu (16-23)

  • 3

    • Kamere ya kera na kamere nshasha (1-17)

      • Nimwice ibihimba vy’umubiri (5)

      • Urukundo ni umugozi utuma abantu bunga ubumwe (14)

    • Impanuro zihabwa imiryango y’abakirisu (18-25)

  • 4

    • Impanuro zihabwa ba shebuja (1)

    • «Mushishikare gusenga» (2-4)

    • Mugendane ubukerebutsi ku bo hanze y’ishengero (5, 6)

    • Amajambo yo gusozera (7-18)