Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu ca Zefaniya

Ibigabane

1 2 3

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Umusi w’urubanza rwa Yehova uri hafi (1-18)

      • Umusi wa Yehova uriko uraza wihuta (14)

      • Ifeza n’inzahabu ntibishobora kurokora umuntu (18)

  • 2

    • Nimurondere Yehova umusi w’ishavu ryiwe utarashika (1-3)

      • Nimurondere ubugororotsi n’ukwicisha bugufi (3)

      • «Hari aho Yehova yobahisha» (3)

    • Urubanza rwaciriwe amahanga akikuje Ubuyuda (4-15)

  • 3

    • Yeruzalemu, igisagara kigarariza kandi gikora ibibi (1-7)

    • Urubanza rw’amahanga; abasavyi b’Imana basubizwa iteka (8-20)

      • Ururimi rutyoroye (9)

      • Abantu bicisha bugufi kandi bitonda ni bo bazorokoka (12)

      • Yehova azohimbarwa cane kubera Siyoni (17)