Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu ca Yona

Ibigabane

1 2 3 4

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Yona agerageza guhunga Yehova (1-3)

    • Yehova atuma haba igihuhusi gikomeye (4-6)

    • Yona ni we ntandaro ya vyose (7-13)

    • Yona atererwa mu kiyaga casaze (14-16)

    • Urufi runini rumira Yona (17)

  • 2

    • Yona asenga ari mu rufi (1-9)

    • Urufi rudahwa Yona i musozi (10)

  • 3

    • Yona agamburukira Imana akaja i Ninewe (1-4)

    • Abanyaninewe bigaya kubera ubutumwa bwa Yona (5-9)

    • Imana ireka gutikiza Ninewe (10)

  • 4

    • Yona ashavura akipfuza gupfa (1-3)

    • Yehova yigisha Yona kugira imbabazi (4-11)

      • «Aho vy’ukuri wari ukwiye gushavura gutyo?» (4)

      • Akoresha umutanga mu kumwigisha (6-10)