Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu ca Nehemiya

Ibigabane

1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Amakuru y’i Yeruzalemu (1-3)

    • Isengesho rya Nehemiya (4-11)

  • 2

    • Nehemiya yemererwa kuja i Yeruzalemu (1-10)

    • Nehemiya asuzuma inzitiro z’igisagara (11-20)

  • 3

    • Basanura inzitiro (1-32)

  • 4

    • Igikorwa gitera imbere naho hari abansi (1-14)

    • Abubatsi babandanya kwubaka bafise ibirwanisho (15-23)

  • 5

    • Nehemiya abuza ivyo guhahaza abakene (1-13)

    • Nehemiya ntiyagira ubwikunzi (14-19)

  • 6

    • Abansi babandanya kurwanya igikorwa co kwubaka (1-14)

    • Barangiza kwubaka uruzitiro mu misi 52 (15-19)

  • 7

    • Amarembo y’igisagara n’abarinzi bayo (1-4)

    • Urutonde rw’abavuye mu bunyagano (5-69)

      • Abasuku bakora ibikorwa vyo ku rusengero (46-56)

      • Abahungu b’abasuku ba Salomo (57-60)

    • Intererano zo gushigikira igikorwa (70-73)

  • 8

    • Basomera abantu amategeko, bakayabasigurira (1-12)

    • Bahimbaza umusi mukuru w’insago (13-18)

  • 9

    • Batura ibicumuro vyabo (1-38)

      • Yehova ni Imana ibabarira (17)

  • 10

    • Basezerana gukurikiza amategeko (1-39)

      • «Ntituzofata minenegwe inzu y’Imana yacu» (39)

  • 11

    • I Yeruzalemu hasubira kuba abantu (1-36)

  • 12

    • Abaherezi n’Abalewi (1-26)

    • Bashikiriza Imana uruzitiro (27-43)

    • Bashigikira igikorwa co ku rusengero (44-47)

  • 13

    • Ibindi Nehemiya yahinduye (1-31)

      • Ivy’icumi bitangwa (10-13)

      • Isabato ntikwiye guhumanywa (15-22)

      • Kwubakana n’abanyamahanga vyiyamirizwa (23-28)