Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu ca Mika

Ibigabane

1 2 3 4 5 6 7

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Urubanza rwaciriwe Samariya n’Ubuyuda (1-16)

      • Ibicumuro n’ubugarariji ni vyo vyakweze ingorane (5)

  • 2

    • Baragowe abacinyiza abandi! (1-11)

    • Abisirayeli bazokoranirizwa hamwe (12, 13)

      • Hazoba uruyogoyogo rw’abantu mu gihugu (12)

  • 3

    • Amabi y’indongozi n’abahanuzi avugwa (1-12)

      • Mika yuzura ububasha kubera impwemu ya Yehova (8)

      • Abaherezi bigisha ku mahera (11)

      • I Yeruzalemu hazocika ibirundo vy’ibihomvagurike (12)

  • 4

    • Umusozi wa Yehova uzoduzwa (1-5)

      • Inkota bazozicuramwo amasuka (3)

      • «Tuzogendera mw’izina rya Yehova» (5)

    • Siyoni izosubira gukomera (6-13)

  • 5

    • Umutware azoba afise ubukuru kw’isi yose (1-6)

      • Uwo mutware yovuye i Betelehemu (2)

    • Abasigaye bazomera nk’urume be n’intambwe (7-9)

    • Igihugu kizohumanurwa (10-15)

  • 6

    • Imburano Imana ifitaniye na Isirayeli (1-5)

    • Yehova asaba iki? (6-8)

      • Ubutungane, ukudahemuka, ukwifata ruto (8)

    • Igicumuro ca Isirayeli n’igihano yahawe (9-16)

  • 7

    • Abisirayeli barononekaye (1-6)

      • Abansi b’umuntu ni abo mu rugo rwiwe (6)

    • «Nzorindira» (7)

    • Imana izoteturura abantu bayo (8-13)

    • Mika asenga Imana akongera akayishemeza (14-20)

      • Inyishu Yehova yamuhaye (15-17)

      • «Imana imeze nka Yehova ni iyihe?» (18)