Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu co Guharura

Ibigabane

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Kwandika abagabo baja mu gisoda (1-46)

    • Abalewi ntibanditswe mu baja mu gisoda (47-51)

    • Ukuntu ikambi yari itunganije (52-54)

  • 2

    • Ikambi yari ipanzwe mu migwi igizwe n’imiryango itatitatu (1-34)

      • Mu buseruko hari umugwi userukiwe n’umuryango wa Yuda (3-9)

      • Mu bumanuko hari umugwi userukiwe n’umuryango wa Rubeni (10-16)

      • Hagati hari umuryango w’Abalewi (17)

      • Mu burengero hari umugwi userukiwe n’umuryango wa Efurayimu (18-24)

      • Mu buraruko hari umugwi userukiwe n’umuryango wa Dani (25-31)

      • Igitigiri c’abagabo bose banditswe (32-34)

  • 3

    • Abahungu ba Aroni (1-4)

    • Abalewi batorwa ngo bafashe abaherezi (5-39)

    • Gucungura abana b’imfura n’ibitungwa vyavutse ubwa mbere (40-51)

  • 4

    • Igikorwa c’Abakohati (1-20)

    • Igikorwa c’Abagerishoni (21-28)

    • Igikorwa c’Abamerari (29-33)

    • Incamake y’urusansuma (34-49)

  • 5

    • Gushira umuntu ahumanye ukwa wenyene (1-4)

    • Kwatura ibicumuro hamwe no gutanga inshumbusho (5-10)

    • Amazi yo gusuzuma uwo biketse ko yarenze ibigo (11-31)

  • 6

    • Indagano y’ubunaziri (1-21)

    • Umuhezagiro w’abaherezi (22-27)

  • 7

    • Amashikanwa yo gushikiriza Imana ihema ryeranda (1-89)

  • 8

    • Aroni yatsa amatara indwi (1-4)

    • Abalewi batyororwa hanyuma bagatangura ibikorwa vyabo (5-22)

    • Imyaka y’abemererwa gukora igikorwa c’Abalewi (23-26)

  • 9

    • Ibijanye n’uwacerewe guhimbaza Pasika (1-14)

    • Inkingi y’igicu n’umuriro hejuru y’ihema ryeranda (15-23)

  • 10

    • Inzamba zikozwe mw’ifeza (1-10)

    • Bava ku musozi Sinayi (11-13)

    • Ingene bakurikirana mu kugenda (14-28)

    • Musa asaba Hobabu ngo yereke inzira Abisirayeli (29-34)

    • Isengesho Musa yatura bahagurutse (35, 36)

  • 11

    • Imana ibatiburiramwo umuriro kubera bidodomvye (1-3)

    • Abisirayeli barira basaba inyama (4-9)

    • Musa avuga ko ata vyo ashoboye (10-15)

    • Yehova aha impwemu abashingantahe 70 (16-25)

    • Elidadi na Medadi; Yosuwa yumvira impuhwe Musa (26-30)

    • Inkware; Imana ihana Abisirayeli kubera umunoho wabo (31-35)

  • 12

    • Miriyamu na Aroni bidogera Musa (1-3)

      • Musa yaratekereza kuruta abantu bose (3)

    • Yehova aburanira Musa (4-8)

    • Miriyamu afatwa n’imibembe (9-16)

  • 13

    • Abasumyi b’urusaku 12 barungikwa i Kanani (1-24)

    • Cumi muri bo bashikiriza amakuru mabi (25-33)

  • 14

    • Abantu bashaka gusubira mu Misiri (1-10)

      • Yosuwa na Kalebu bashikiriza amakuru meza (6-9)

    • Yehova ashavura; Musa atakambira Yehova (11-19)

    • Igihano co kumara imyaka 40 mu bugaragwa (20-38)

    • Abisirayeli batsindwa n’Abamaleki (39-45)

  • 15

    • Amategeko yerekeye amashikanwa (1-21)

      • Itegeko rimwe ku munyamahanga no ku mvukira (15, 16)

    • Amashikanwa y’ibicumuro umuntu akoze atabishaka (22-29)

    • Igihano ku muntu acumuye n’ibigirankana (30, 31)

    • Uwishwe kubera yarenze kw’Isabato (32-36)

    • Itegeko ryo gushira ubuyonga ku mpuzu (37-41)

  • 16

    • Kora, Datani na Abiramu bagarariza (1-19)

    • Abagarariji bacirwa urubanza (20-50)

  • 17

    • Inkoni ya Aroni inaga (1-13)

  • 18

    • Ibikorwa vy’abaherezi n’Abalewi (1-7)

    • Umugabane w’abaherezi (8-19)

      • Isezerano ry’umunyu (19)

    • Abalewi baronka ic’icumi, bagatanga ic’icumi (20-32)

  • 19

    • Inka y’ibara ry’akagajo hamwe n’amazi yo guhumanura (1-22)

  • 20

    • Miriyamu apfira i Kadeshi (1)

    • Musa akubita igitandara akaba acumuye (2-13)

    • Edomu yanka ko Abisirayeli barengana (14-21)

    • Aroni apfa (22-29)

  • 21

    • Umwami wa Aradi atsindwa (1-3)

    • Inzoka y’umujumpu (4-9)

    • Abisirayeli baca hirya ya Mowabu (10-20)

    • Sihoni umwami w’Abamori atsindwa (21-30)

    • Ogi umwami w’Abamori atsindwa (31-35)

  • 22

    • Balaki aha impembo Baramu (1-21)

    • Indogobwa ya Balamu ivuga (22-41)

  • 23

    • Ijambo rya mbere rya Balamu (1-12)

    • Ijambo rya kabiri rya Balamu (13-30)

  • 24

    • Ijambo rya gatatu rya Balamu (1-11)

    • Ijambo rya kane rya Balamu (12-25)

  • 25

    • Abisirayeli bacumura mu gusambana n’Abanyamowabukazi (1-5)

    • Finehasi ahaseruka (6-18)

  • 26

    • Rusansuma rugira kabiri rw’imiryango y’Abisirayeli (1-65)

  • 27

    • Abakobwa ba Zelofehadi (1-11)

    • Yosuwa agenwa ngo asubirire Musa (12-23)

  • 28

    • Amategeko ajanye n’amashikanwa atandukanye (1-31)

      • Ayatangwa buri musi (1-8)

      • Ayatangwa kw’Isabato (9, 10)

      • Ayatangwa buri kwezi (11-15)

      • Ayatangwa kuri Pasika (16-25)

      • Ayatangwa ku musi mukuru w’amayinga (26-31)

  • 29

    • Amategeko ajanye n’amashikanwa atandukanye (1-40)

      • Ayatangwa ku musi wo kuvuza inzamba (1-6)

      • Ayatangwa ku musi w’impongano (7-11)

      • Ayatangwa ku musi mukuru w’insago (12-38)

  • 30

    • Indagano z’abagabo (1, 2)

    • Indagano z’abagore n’abakobwa (3-16)

  • 31

    • Kwihora Abamidiyani (1-12)

      • Balamu yicwa (8)

    • Amategeko ajanye n’ibintu vyasahuwe ku rugamba (13-54)

  • 32

    • Imiryango yahawe mu buseruko bwa Yorodani (1-42)

  • 33

    • Ingendo Abisirayeli bagize mu bugaragwa (1-49)

    • Amategeko ajanye no kwigarura igihugu ca Kanani (50-56)

  • 34

    • Imbibe z’igihugu ca Kanani (1-15)

    • Abagabo bashinzwe kugabura ico gihugu (16-29)

  • 35

    • Ibisagara vy’Abalewi (1-8)

    • Ibisagara vy’ubuhungiro (9-34)

  • 36

    • Ukurongorwa kw’abakobwa bafise intoranwa (1-13)