Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ikete ryandikiwe Abanyefeso

Ibigabane

1 2 3 4 5 6

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Indamutso (1, 2)

    • Imihezagiro yo mu vy’impwemu (3-7)

    • Gukoraniriza hamwe ibintu vyose muri Kristu (8-14)

      • «Uburyo bwo kuyobora ibintu» ibihe bimaze gukwira (10)

      • Impwemu ni «icemeza twahawe imbere y’igihe» (13, 14)

    • Pawulo ashimira Imana kubera ukwizera kw’Abanyefeso (15-23)

  • 2

    • Mwagizwe bazima hamwe na Kristu (1-10)

    • Igihome catandukanya imigwi ibiri gisenyurwa (11-22)

  • 3

    • Ibanga ryeranda rirashiramwo abanyamahanga (1-13)

      • Abanyamahanga bazoba ba samuragwa na Kristu (6)

      • Umugambi w’Imana w’ibihe bidahera (11)

    • Pawulo asengera Abanyefeso ngo baronke ugutahura (14-21)

  • 4

    • Ubumwe bw’umubiri wa Kristu (1-16)

      • Ingabire zigizwe n’abagabo (8)

    • Kamere ya kera na kamere nshasha (17-32)

  • 5

    • Imvugo n’inyifato bibereye (1-5)

    • Mwigenze nk’abana b’umuco (6-14)

    • Mwuzuzwe impwemu (15-20)

      • Mukoreshe neza umwanya wanyu (16)

    • Impanuro zihabwa abagabo n’abagore (21-33)

  • 6

    • Impanuro zihabwa abana n’abavyeyi (1-4)

    • Impanuro zihabwa abashumba na ba shebuja (5-9)

    • Umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana (10-20)

    • Amajambo yo gusozera (21-24)