Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu ca kabiri ca Samweli

Ibigabane

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Dawidi yumva ko Sawuli yapfuye (1-16)

    • Dawidi acurira intimba Sawuli na Yonatani (17-27)

  • 2

    • Dawidi aba umwami w’Ubuyuda (1-7)

    • Ishibosheti aba umwami wa Isirayeli (8-11)

    • Intambara hagati y’umuryango wa Dawidi n’uwa Sawuli (12-32)

  • 3

    • Umuryango wa Dawidi urushiriza gukomera (1)

    • Abahungu ba Dawidi (2-5)

    • Abuneri aja ku ruhande rwa Dawidi (6-21)

    • Yowabu yica Abuneri (22-30)

    • Dawidi aririra Abuneri (31-39)

  • 4

    • Ishibosheti agandagurwa (1-8)

    • Dawidi yicisha abishe Ishibosheti (9-12)

  • 5

    • Dawidi aba umwami wa Isirayeli yose (1-5)

    • Dawidi afata Yeruzalemu (6-16)

      • Siyoni: Igisagara ca Dawidi (7)

    • Dawidi atsinda Abafilisitiya (17-25)

  • 6

    • Bazana isandugu y’Imana i Yeruzalemu (1-23)

      • Uza afata iyo sandugu agaca apfa (6-8)

      • Mikali agaya Dawidi (16, 20-23)

  • 7

    • Dawidi si we azokwubaka urusengero (1-7)

    • Imana igirana na Dawidi isezerano ry’ubwami (8-17)

    • Isengesho rya Dawidi ryo gukenguruka (18-29)

  • 8

    • Intsinzi Dawidi yatahukanye (1-14)

    • Abakuru mu ntwaro ya Dawidi (15-18)

  • 9

    • Dawidi agirira neza Mefibosheti (1-13)

  • 10

    • Dawidi atsinda Abamoni n’Abasiriya (1-19)

  • 11

    • Dawidi aryamana na Batisheba (1-13)

    • Dawidi yicisha Uriya (14-25)

    • Dawidi atwara Batisheba akaba umugore wiwe (26, 27)

  • 12

    • Imana ituma Natani gukosora Dawidi (1-15a)

    • Umwana wa Batisheba apfa (15b-23)

    • Batisheba avyara Salomo (24, 25)

    • Igisagara c’Abamoni citwa Raba gifatwa (26-31)

  • 13

    • Amunoni asambanya Tamari ku nguvu (1-22)

    • Abusalomu yica Amunoni (23-33)

    • Abusalomu ahungira i Geshuri (34-39)

  • 14

    • Yowabu n’umugore w’i Tekowa (1-17)

    • Dawidi amenya umugambi wa Yowabu (18-20)

    • Abusalomu yemererwa kugaruka (21-33)

  • 15

    • Umugambi wa Abusalomu wo kugarariza (1-12)

    • Dawidi ahunga akava i Yeruzalemu (13-30)

    • Ahitofeli yifatanya na Abusalomu (31)

    • Hushayi arungikwa kuvuruga impanuro za Ahitofeli (32-37)

  • 16

    • Ziba abeshera Mefibosheti (1-4)

    • Shimeyi avuma Dawidi (5-14)

    • Abusalomu yakira Hushayi (15-19)

    • Impanuro ya Ahitofeli (20-23)

  • 17

    • Hushayi atoba impanuro ya Ahitofeli (1-14)

    • Baburira Dawidi agaca ahunga Abusalomu (15-29)

      • Baruzilayi n’abandi baronsa Dawidi ivyo akeneye (27-29)

  • 18

    • Abusalomu atsindwa maze akicwa (1-18)

    • Bamenyesha Dawidi ko Abusalomu yapfuye (19-33)

  • 19

    • Dawidi aririra Abusalomu (1-4)

    • Yowabu akebura Dawidi (5-8a)

    • Dawidi asubira i Yeruzalemu (8b-15)

    • Shimeyi asaba imbabazi (16-23)

    • Dawidi amenya ko Mefibosheti ata kibi yakoze (24-30)

    • Dawidi atera iteka Baruzilayi (31-40)

    • Impari mu miryango yo muri Isirayeli (41-43)

  • 20

    • Sheba agarariza. Yowabu yica Amasa (1-13)

    • Bakurikira Sheba maze bakamuca umutwe (14-22)

    • Abakuru mu ntwaro ya Dawidi (23-26)

  • 21

    • Abanyagibeyoni bihora umuryango wa Sawuli (1-14)

    • Intambara hagati y’Abisirayeli n’Abafilisitiya (15-22)

  • 22

    • Dawidi ashemeza Imana kubera yamukijije (1-51)

      • «Yehova ni urutare rwanje» (2)

      • Yehova ntiyigera ahemukira uwuguma ari intahemuka (26)

  • 23

    • Amajambo ya nyuma ya Dawidi (1-7)

    • Ivyo abarwanyi b’intwari ba Dawidi bakoze (8-39)

  • 24

    • Dawidi akora igicumuro co guharura abantu (1-14)

    • Ikiza gihitana abantu 70.000 (15-17)

    • Dawidi yubaka igicaniro (18-25)

      • «Sinoha Imana ibimazi vya gusa» (24)