Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu ca kabiri c’ivyo ku ngoma

Ibigabane

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Salomo asaba ubukerebutsi (1-12)

    • Ubutunzi bwa Salomo (13-17)

  • 2

    • Imyiteguro yo kwubaka urusengero (1-18)

  • 3

    • Salomo atangura kwubaka urusengero (1-7)

    • Aheranda cane (8-14)

    • Za nkingi zibiri z’umujumpu (15-17)

  • 4

    • Igicaniro, igitangi n’ibibesani (1-6)

    • Ivyo baterekako amatara, imeza n’ibigo (7-11a)

    • Barangiza gukora ibintu vyo mu rusengero (11b-22)

  • 5

    • Imyiteguro yo kwegurira Imana urusengero (1-14)

      • Bazana isandugu mu rusengero (2-10)

  • 6

    • Ivyo Salomo yabwiye abantu (1-11)

    • Isengesho rya Salomo ryo kwegurira Imana urusengero (12-42)

  • 7

    • Urusengero rwuzura ubuninahazwa bwa Yehova (1-3)

    • Ibirori bijanye no kwinjira urusengero (4-10)

    • Yehova abonekera Salomo (11-22)

  • 8

    • Ibindi Salomo yubatse (1-11)

    • Atunganya ibijanye no gusenga ku rusengero (12-16)

    • Amato ya Salomo (17, 18)

  • 9

    • Umwamikazi w’i Sheba aza kuraba Salomo (1-12)

    • Ubutunzi bwa Salomo (13-28)

    • Urupfu rwa Salomo (29-31)

  • 10

    • Abisirayeli bagarariza Rehobowamu (1-19)

  • 11

    • Intwaro ya Rehobowamu (1-12)

    • Abalewi b’intahemuka bimukira mu Buyuda (13-17)

    • Umuryango wa Rehobowamu (18-23)

  • 12

    • Shishaki atera Yeruzalemu (1-12)

    • Intwaro ya Rehobowamu irangira (13-16)

  • 13

    • Abiya, umwami w’Ubuyuda (1-22)

      • Abiya atsinda Yerobowamu (3-20)

  • 14

    • Urupfu rwa Abiya (1)

    • Asa, umwami w’Ubuyuda (2-8)

    • Asa atsinda Abanyetiyopiya 1.000.000 (9-15)

  • 15

    • Ibintu Asa yahinduye (1-19)

  • 16

    • Amasezerano hagati ya Asa na Siriya (1-6)

    • Hanani akebura Asa (7-10)

    • Urupfu rwa Asa (11-14)

  • 17

    • Yehoshafati, umwami w’Ubuyuda (1-6)

    • Isekeza ryo kwigisha (7-9)

    • Ingabo za Yehoshafati (10-19)

  • 18

    • Yehoshafati yifatanya na Ahabu (1-11)

    • Mikaya amenyesha Ahabu ko aza gutsindwa (12-27)

    • Ahabu yicirwa i Ramoti-Gileyadi (28-34)

  • 19

    • Yehu akebura Yehoshafati (1-3)

    • Ibintu Yehoshafati yakoze (4-11)

  • 20

    • Ubuyuda buterwa n’ibihugu bibanyi (1-4)

    • Yehoshafati asenga Imana ngo imufashe (5-13)

    • Yehova amwishura (14-19)

    • Ubuyuda butabarwa ku gitangaro (20-30)

    • Intwaro ya Yehoshafati irangira (31-37)

  • 21

    • Yehoramu, umwami w’Ubuyuda (1-11)

    • Ubutumwa Eliya yanditse (12-15)

    • Iherezo ribi rya Yehoramu (16-20)

  • 22

    • Ahaziya, umwami w’Ubuyuda (1-9)

    • Ataliya yiha ubutegetsi (10-12)

  • 23

    • Yehoyada agira ico akoze. Yehowasi yimikwa (1-11)

    • Ataliya yicwa (12-15)

    • Ibintu Yehoyada yahinduye (16-21)

  • 24

    • Intwaro ya Yehowasi (1-3)

    • Yehowasi asubiramwo urusengero (4-14)

    • Yehowasi aba umuhuni (15-22)

    • Yehowasi yicwa (23-27)

  • 25

    • Amaziya, umwami w’Ubuyuda (1-4)

    • Arwana n’Abanyedomu (5-13)

    • Amaziya asenga ibigirwamana (14-16)

    • Arwana na Yehowasi umwami wa Isirayeli (17-24)

    • Urupfu rwa Amaziya (25-28)

  • 26

    • Uziya, umwami w’Ubuyuda (1-5)

    • Ubuhizi bwa Uziya mu vya gisirikare (6-15)

    • Uziya arwara imibembe kubera ubwibone (16-21)

    • Urupfu rwa Uziya (22, 23)

  • 27

    • Yotamu, umwami w’Ubuyuda (1-9)

  • 28

    • Ahazi, umwami w’Ubuyuda (1-4)

    • Atsindwa n’Abasiriya be n’Abisirayeli (5-8)

    • Odedi aburira Abisirayeli (9-15)

    • Ubuyuda bucishwa bugufi (16-19)

    • Ahazi asenga ibigirwamana. Urupfu rwiwe (20-27)

  • 29

    • Hezekiya, umwami w’Ubuyuda (1, 2)

    • Ivyo Hezekiya yahinduye (3-11)

    • Bahumanura urusengero (12-19)

    • Basubizaho ibikorwa vyo ku rusengero (20-36)

  • 30

    • Hezekiya ahimbaza Pasika (1-27)

  • 31

    • Hezekiya atuza ibikorwa vyo kutubaha Imana (1)

    • Abaherezi n’Abalewi baronswa ivyo bakeneye (2-21)

  • 32

    • Senakeribu atera ubwoba ab’i Yeruzalemu (1-8)

    • Senakeribu acokora Yehova (9-19)

    • Umumarayika yica ingabo z’Abashuri (20-23)

    • Hezekiya arwara, mu nyuma akagira ubwibone (24-26)

    • Ivyo Hezekiya yaranguye. Urupfu rwiwe (27-33)

  • 33

    • Manase, umwami w’Ubuyuda (1-9)

    • Manase yigaya ibibi yakoze (10-17)

    • Urupfu rwa Manase (18-20)

    • Amoni, umwami w’Ubuyuda (21-25)

  • 34

    • Yosiya, umwami w’Ubuyuda (1, 2)

    • Ibintu Yosiya yahinduye (3-13)

    • Batora igitabu c’amategeko (14-21)

    • Hulida avuga ivyago bizoba (22-28)

    • Yosiya asomera abantu ibiri mu gitabu (29-33)

  • 35

    • Yosiya atunganya Pasika ikomeye (1-19)

    • Yosiya yicwa na Farawo Neko (20-27)

  • 36

    • Yehowahazi, umwami w’Ubuyuda (1-3)

    • Yehoyakimu, umwami w’Ubuyuda (4-8)

    • Yehoyakini, umwami w’Ubuyuda (9, 10)

    • Zedekiya, umwami w’Ubuyuda (11-14)

    • Yeruzalemu itikizwa (15-21)

    • Itegeko rya Kuro ryo gusubira kwubaka urusengero (22, 23)