Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ikete rya mbere ryandikiwe Timoteyo

Ibigabane

1 2 3 4 5 6

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Indamutso (1, 2)

    • Ingabisho ku bijanye n’abigisha b’ikinyoma (3-11)

    • Ubuntu buhebuje Pawulo yagiriwe (12-16)

    • Umwami w’ibihe bidahera (17)

    • «Rwana intambara nziza» (18-20)

  • 2

    • Musengere abantu b’uburyo bwose (1-7)

      • Imana imwe, n’umuhuza umwe (5)

      • Incungu y’indinganire ku bwa bose (6)

    • Impanuro zigenewe abagabo n’abagore (8-15)

      • Kwambara rupfasoni (9, 10)

  • 3

    • Ibisabwa abahagarikizi b’ishengero (1-7)

    • Ibisabwa abakozi b’ishengero (8-13)

    • Ibanga ryeranda rijanye n’ukwihebera Imana (14-16)

  • 4

    • Kwirinda inyigisho z’amadayimoni (1-5)

    • Ingene woba umusuku mwiza wa Kristu (6-10)

      • Kwihebera Imana biraruta kunonora umubiri (8)

    • Niwiyubare ku vyo wigisha (11-16)

  • 5

    • Ukuntu abato n’abakuze bakwiye gufatwa (1, 2)

    • Gushigikira abapfakazi (3-16)

      • Kuronsa abawe ivyo bakeneye (8)

    • Nimutere iteka abakurambere bakora cane (17-25)

      • «Akavinyu gakeyi kubera umushishito wawe» (23)

  • 6

    • Abashumba bubahe ba shebuja (1, 2)

    • Abigisha b’ikinyoma. Gukunda amahera (3-10)

    • Ivyo umuntu w’Imana akwiye kwitwararika (11-16)

    • Kuba abatunzi mu bikorwa vyiza (17-19)

    • Rinda ico wajejwe (20, 21)