Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ikete rya mbere rya Petero

Ibigabane

1 2 3 4 5

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Indamutso (1, 2)

    • Twavutse bushasha ngo tugire icizigiro kizima (3-12)

    • Mube beranda nk’abana bagamburuka (13-25)

  • 2

    • Mwige kwipfuza cane rya jambo (1-3)

    • Amabuye mazima yubakwa ngo abe inzu (4-10)

    • Mubeho nk’abanyamahanga mw’isi (11, 12)

    • Abo dukwiye kuyobokera (13-25)

      • Kristu ni akarorero kacu (21)

  • 3

    • Abagore n’abagabo (1-7)

    • Mubabarane, murondere amahoro (8-12)

    • Kubabazwa duhorwa ubugororotsi (13-22)

      • Mwitegurire kuburanira icizigiro canyu (15)

      • Ibatisimu be n’ijwi ryo mu mutima ryiza (21)

  • 4

    • Tubeho kugira dukore ivyo Imana igomba, nka Kristu (1-6)

    • Iherezo ry’ibintu vyose riregereje (7-11)

    • Kubabazwa duhorwa kuba turi abakirisu (12-19)

  • 5

    • Nimuragire ubusho bw’Imana (1-4)

    • Mwicishe bugufi kandi mugume muri maso (5-11)

      • Muterere amaganya yanyu yose ku Mana (7)

      • Shetani ameze nk’intambwe iroha (8)

    • Amajambo yo gusozera (12-14)