Ja ku birimwo

Bibiliya irahuza na kahise

Ibihugu n'ibibanza bivugwa muri Bibiliya

Itemba rya Ninewe

Igihe Inganji ya Ashuri yakomera cane, umuhanuzi w’Imana yaravuze ikintu ata n’umwe yiyumvira ko cobaye.

Wari ubizi?—Mukakaro 2015

Bibiliya ivuga yuko ibice vya ca Gihugu c’isezerano vyari bigizwe n’ibibira. Ivyo vyoba ari ko vyari biri, uravye ukuntu ubu ari igiharabuga?

Abantu bavugwa muri Bibiliya

Wari ubizi?​—Ntwarante 2020

Uretse ibivugwa muri Bibiliya, hoba hari ibindi bimenyamenya vyerekana ko Abisirayeli babaye abashumba mu Misiri?

Izina ryo muri Bibiliya ku rwavya rwa kera

Ibipandepande vy’urwavya rumaze imyaka 3.000 vyubuwe mu 2012 vyaratangaje cane abashakashatsi. None ni igiki cabatangaje?

Wari ubizi?​—Ruhuhuma 2020

Ivyacukuwe vyemeza gute ko Belushazari w’i Babiloni yabayeho be n’uko yabaye umwami?

Kahise katwigisha iki?—Kuro Mukuru

Kuro yari nde, kandi ni ibiki vyari vyaravuzwe ku bimwerekeye imyaka nka 150 imbere y’uko avuka?

Ikindi kimenyamenya gitangwa n’abacukuzi

Naho ushobora kuba utazi Tatenayi, ivyubuwe n’abacukuzi biremeza ko yabayeho koko.

Yezu yoba yarabayeho vy’ukuri?

Abahinga ba kera n’abo mu gihe cacu babivugako iki?

Inkuru zo muri Bibiliya zivuga ivy’ubuzima bwa Yezu zoba ari izo kwizigirwa?

Rimbura ibimenyamenya vyerekeye inkuru zo mu Njili be n’ivyandikano vy’iminwe vya kera kuruta ibindi vyose bizwi.

Wari ubizi?—Munyonyo 2015

Kubera iki Yozefu yimosheje imbere yo kuja kwa Farawo? Igihe muri Bibiliya havuze ko se wa Timoteyo yari “Umugiriki,” vyoba bisobanura ko yakomoka mu Bugiriki?

Wari ubizi?—Rusama 2015

Ivyo abacukuzi bubuye vyoba bishigikira Bibiliya? Intambwe zazimanganye ryari mu bihugu bivugwa muri Bibiliya?

Ivyabaye bivugwa muri Bibiliya

Inkuru ya Nowa na wa mwuzure ukomeye yoba ari igitito?

Bibiliya ivuga ko Imana yigeze guteza umwuzure ukomeye kugira ihonye abantu babi. Ni ibintu ibihe Bibiliya ivuga vyemeza ko yavuye ku Mana vy’ukuri?

Indimi tuvuga zoba zakomotse kuri wa Munara w’i Babeli?

Umunara w’i Babeli ni iki? Indimi abantu bavuga zakomotse hehe vy’ukuri?

Wari ubizi?​—Ruheshi 2022

Abaroma boba bari kwemera ko umuntu nka Yezu bishe bamanitse ku giti ahambwa mu buryo bubereye?

Ibibazo vy’abasomyi—Munyonyo 2015

Ni ibimenyamenya ibihe vyerekana ko igisagara ca kera ca Yeriko cigaruririwe ata gihe kirekire kihaciye gisugerejwe?

Ubuzima mu bihe vya Bibiliya

Ingendeshwa ya nkone y’Umunyetiyopiya yagendeyeko

Ya nkone y’Umunyetiyopiya yariko agendera ku ngendeshwa imeze gute igihe Filipo yamwegera?

Ingene bakora amatafari kera birashigikira ivyo Bibiliya ivuga

Amatafari yubuwe mu bisigarira vya Babiloni ya kera be n’ingene bayakora vyerekana gute ko ivyo Bibiliya ivuga ari ukuri?

Wari ubizi?​—Ruheshi 2022

Abantu bo mu bihe vya Bibiliya bamenya gute ko umwaka canke ukwezi vyatanguye?

‘Mu misozi muzohacukura umujumpu’

Ivyo abacukuzi b’ivya kera baheruka kwubura birerekana ingene umujumpu wakoreshwa mu bihe vya Bibiliya.

Wari ubizi?​—Gitugutu 2017

Kubera iki Yezu yiyamirije umugenzo wo kurahira?

Wari ubizi?​—Umunara w’Inderetsi No. 5 2017

Ubwo Yezu ntiyashaka gutukana igihe yagereranya abatari Abayuda n’“utubwa”?

Wari ubizi?—Ruheshi 2017

Ni kubera iki Yezu yavuze ko abadandariza ibitungwa mu rusengero bari “abambuzi”?

Wari ubizi?​—Gitugutu 2016

Mu kinjana ca mbere, Abaroma baha umwidegemvyo ungana gute Abayuda bategeka mu ntara ya Yudaya? Vyongeye, vyoba ari ivy’ukuri yuko mu bihe vya kera umuntu yubahuka kubiba ivyatsi bibi mu murima w’abandi?

Wari ubizi?—Kigarama 2015

Abayuda boba vy’ukuri baje i Yeruzalemu kuri Pentekoti yo mu 33 bavuye “mu mahanga yose . . . yari munsi y’ijuru”? Abantu ibihumbi baza i Yeruzalemu ku misi mikuru barara he?

Wari ubizi?—Ntwarante 2015

Kuba intumwa Paulo yari Umuroma vyamumarira iki? Abungere bahembwa gute mu bihe vya kera?

Wari ubizi?—Rusama 2014

Kubera iki Abayuda basavye Pilato ngo bavune amaguru ya Yezu? Dawidi yoba vy’ukuri yarashoboye kwica Goliyati akoresheje gusa umugozi wo guteresha?

Wari ubizi?—Ruhuhuma 2014

Umubazibazi bakoresha mu bihe vya Bibiliya ni iki? Ni amashikanwa ayahe yemerwa ku rusengero rw’i Yeruzalemu?

Wari ubizi?—Nzero 2014

Mu gihe ca Yezu, intererano zo ku rusengero zatangwa gute? Inkuru umwanditsi wa Bibiliya Luka yanditse zoba zitarimwo amahinyu?