Ja ku birimwo

Ivyizizira umuntu

Ingeso

Icogufasha kwimenyereza ibintu vyiza

Nurabe neza ko akamenyero kawe kakugirira akamaro aho kuba akakugirira nabi.

Nonanira gute ibigeragezo?

Raba ibintu bitatu bihambaye wokora kugira unanire ivyipfuzo bibi.

Itabi, ibiyayuramutwe n'inzoga

Ingene wokwigerera mu kunywa

Ibintu bitanu vyogufasha kwigerera mu kunywa naho woba uri mu bihe bitesha umutwe.

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’inzoga? Kunywa coba ari igicumuro?

Bibiliya iravuga ivyiza bitari bike ku bijanye n’inzoga.

Ni ibiki nkwiye kumenya ku bijanye no kunywa inzoga?

Nurabe ukuntu wokwirinda ingorane ziva ku kurenga amategeko, kumenyekana nabi, kugirirwa nabi mu vy’igitsina, kwizizirwa n’inzoga hamwe no kuhasiga ubuzima.

Imana ibona gute itabi?

Ko Bibiliya itigera ivuga itabi, twomenya Imana iribona gute?

Kunywa itabi coba ari icaha?

Ko ata na hamwe Bibiliya ivuga itabi, twoshobora gute kwishura ico kibazo?

“Ingeso zanje zari zingeze ahantu”

Dmitry Korshunov yari imborerwa, ariko yaratanguye gusoma Bibiliya ku musi ku musi. Ni igiki none camufashije guhinduka?

Utwuma tw'ubuhinga bwa none

Woba ukoresha neza ubuhinga bwa none?

Niwishure ibi bibazo bine vyoroshe kugira wisuzume.

Niwirinde amakuru y’ikinyoma

Amakuru y’uruhendo, amaraporo atari ay’ukuri hamwe n’amakuru y’ibihuha bireze kandi birashobora kukugirira nabi.

Ni ibiki nokwirinda igihe nkina udukino twa videwo?

Turashobora kuba turimwo ivyiza n’ibibi utahora wiyumvira.

Woba utwarwa cane n’ubuhinga bwa none?

Urashobora gukoresha ubuhinga bwa none butiriwe burakugira umuja. Womenya gute ko woba usigaye uri umuja w’akuma kawe? Wokora iki usanze ari ko biri?

Akamari

Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye akamari?

Rwoba ari urukino ata co rutwaye?

Akamari koba ari igicumuro?

Ko Bibiliya itavuga cane ivy’akamari, twomenya gute ingene Imana ikabona?

Amasanamu y'ibiterasoni

Amashusho y’ubushegabo yoba ata co atwaye canke ni ishano?

Kuraba amashusho y’ubushegabo bigira ingaruka izihe ku bantu no ku miryango?

Kubera iki nokwirinda amasanamu y’ibiterasoni?

Amasanamu y’ibiterasoni afitaniye isano gute no kunywa itabi?

Woba wariziziwe n’amashusho y’ubushegabo?

Bibiliya irashobora kugufasha gutahura ububi bw’amashusho y’ubushegabo.