Ja ku birimwo

Ibiheruka gushirwa ku ntango y’urubuga rwacu

 

Icodufasha gutandukanya iciza n’ikibi

Wotandukanya gute iciza n’ikibi? Hoba hari icogufasha?

 

Kunywa itabi coba ari icaha?

Ko ata na hamwe Bibiliya ivuga itabi, twoshobora gute kwishura ico kibazo?

Nurondere kumenya ukuri

Bibiliya iratanga inyishu z’ukuri ku bibazo nkoramutima mu buzima.

Nunanire akosho k’urunganwe!

Raba ibintu bine bishobora kugufasha kwirinda agakuku.

Imana yoba yitwararika abakenyezi?

Inyishu y’ico kibazo irashobora kugufasha kurema naho woba uriko urafatwa nabi canke uriko urarenganywa.

 

Woba woshobora kuronka ivyiyumviro vyokuremesha muri Bibiliya?

Imirongo yo muri Bibiliya yararemesheje abantu benshi bariko barashikirwa n’ibintu bibabaje.

Kubera iki Imana ireka tugashikirwa n’ingorane?

Abantu benshi baribaza igituma isi yuzuyemwo urwanko n’ingorane. Bibiliya iratanga inyishu itomoye kandi ihumuriza.

Intambara zizovaho ryari? Bibiliya ibivugako iki?

Vuba intambara zizovaho. Bibiliya irasigura ingene bizogenda.

Nurwanye irungu mu gufasha abandi

Impanuro zo muri Bibiliya zirashobora kugufasha.

 

Niwirinde amakuru y’ikinyoma

Amakuru y’uruhendo, amaraporo atari ay’ukuri hamwe n’amakuru y’ibihuha bireze kandi birashobora kukugirira nabi.

Iterabwoba ryoba rizokwigera rihera?

Ni icizigiro ikihe Bibiliya itanga?

 

Kuba “Umusamariya w’imbabazi” bisobanura iki?

Nurabe aho iyo mvugo yakomotse n’ico isobanura.

Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye Pasika?

Raba inkomoko y’imigenzo itanu igirwa ku musi mukuru wa Pasika.

Yezu azokuraho ubukozi bw’ikibi

Twokwerekana gute ko dukenguruka ibintu vyose Yezu amaze kudukorera be n’ivyo azodukorera?

Ni ibiki vyogufasha gutahura Bibiliya?

Urashobora gutahura ubutumwa bw’agaciro buri muri yo.

Kuronka agahimbare nyakuri

Iki kinyamakuru Be maso! kirerekana ingene impanuro Bibiliya itanga zogufasha.

 

Imihezagiro yamaho Imana izoturonsa

Niwirabire iyo mihezagiro iyo ari yo, igituma woyizigira, be n’ingene woyironkera.

Amahoro n’agahimbare

Bibiliya yarafashije abantu benshi kwihanganira amaganya abashikira buri musi, umubabaro wo ku mutima no ku mubiri no kumenya igituma turiho.

Siyansi na Bibiliya

Bibiliya na siyansi vyoba bihuza? Inyishu twoyironka tugereranije ivyo Bibiliya ivuga n’ivyo abanyasiyansi bubuye.