Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UMUNARA W’INDERETSI No 1 2024 | Icogufasha gutandukanya iciza n’ikibi

Wewe wisunga iki mu gutandukanya iciza n’ikibi? Abenshi bisunga ico umutima ubabwiye be n’ivyo bize. Hari n’abafata ingingo bisunze ivyiyumviro vy’abandi. Weho bite? Ni igiki cogufasha gufata ingingo zizotuma wewe n’umuryango wawe mugira kazoza keza?

 

Gutandukanya iciza n’ikibi ni ikibazo kituraba twese

Wokwisunga iki kugira ufate ingingo zibereye?

Ivyo benshi bisunga mu guhitamwo iciza n’ikibi

Twoshobora guhitamwo iciza n’ikibi twisunze ico umutima wacu utubwiye canke ivyiyumviro vy’abandi. None hoba hariho ikintu co kwizigirwa twokwisunga?

Bibiliya iradufasha gutandukanya iciza n’ikibi

Wokwemezwa n’iki ko impanuro Bibiliya itanga ari ngirakamaro?

Impanuro Bibiliya itanga ni ngirakamaro

Abantu amamiliyoni bariboneye ingene impanuro Bibiliya itanga ari ngirakamaro mu bintu bine. Niwirabire ivyo ari vyo.

Ni wewe wihitiramwo

Wewe uzokurikiza impanuro za nde?

Wokura hehe impanuro zo kwizigirwa?

Bibiliya irashobora kugufasha gufata ingingo zizotuma uticuza namba.