Ja ku birimwo

Ihindagurika n’irema

Ubuzima bwabayeho gute?

Mu bisanzwe abantu benshi bize, harimwo n’abahinga batari bake, ntibemera inyigisho y’ihindagurika.

Inkuru itazwi yerekeye irema

Inkuru yo muri Bibiliya yerekeye irema yoba ihuje n’ivyo abahinga bashitseko?

Ivyo Bibiliya itubwira ku vyerekeye Umuremyi

Ivyo Bibiliya ivuga vyoba bihuye n’ivyo abanyasiyansi bavuga?

Imana yoba yakoresheje ihindagurika mu kurema ubwoko butandukanye bw’ibinyabuzima?

Bibiliya ntihakana iciyumviro gishikirizwa n’abanyasiyansi c’uko hari amahinduka agenda araba mu bwoko bumwebumwe bw’ibinyabuzima.

Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye irema?

Bibiliya iravuga ivyerekeye “imisi” itandatu Imana yamaze irema ibinyabuzima. Yoba yari imisi y’amasaha 24?

Ivyo abakiri bato bavuga ku vyerekeye kwemera Imana

Muri aka kavidewo kamara iminuta itatu, abakiri bato barasigura ibibajijura ko hariho Umuremyi.

Umubumbe w’ibinyabuzima

Ubuzima ntibwokwigeze bushoboka kw’isi iyo hataba hariho ibintu bitari bike usanga hari abavuga ko vyapfuye kwiyadukiza. Ivyo bintu bavuga ko vyapfuye kwiyadukiza vyoba vyabayeho ku gihamana canke vyashizweho hakoreshejwe ubwenge?

Ikintu c’agatangaza

Mu bigize ibinyabuzima, nta kintu gifitiye akamaro ubuzima kuruta karubone. Kubera iki ihambaye ukuraho?

Umubiri wawe utekeye amakuru menshi

Ni igiki catumye abahinga bakomeye baheba kwemera ivy’ihindagurika?

Twoba twavuye mu nguge?

Ni igiki cumvikana?

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’ihindagurika?

Inkuru yo muri Bibiliya yerekeye irema yoba iteye kubiri n’ubuhinga?