Ja ku birimwo

Ubwami bw’Imana

Ubwami bw’Imana ni iki?

Rimbura igituma intwaro y’Imana iruta izindi ntwaro zose.

Ubwami bw’Imana bwoba buri mu mutima wawe?

Bibiliya iba ishaka kuvuga iki mu kuvuga ngo “ubgami bg’Imana buri muri mwebge”?

Ubwami bw’Imana buzokora iki?

Numenye ivyo wokwitega igihe intwaro y’Imana izoba iganza isi.

1914: Bibiliya ihishura iki ku bijanye n’uwo mwaka?

Ubuhanuzi bujanye n’“ibihe ndwi” buvugwa muri Daniyeli ikigabane ca 4 budoma ku gihe kitoroshe c’ubutegetsi bw’abantu.

Amahoro azoza kw’isi gute?

Numenye ukuntu Imana yasezeranye kuzana amahoro kw’isi biciye ku Bwami bwayo.

“Impfunguruzo z’ubwami” ni iki?

Izo mpfunguruzo zugurura iki, kandi ni bande zagiriye akamaro? Ni nde yuguruye?