Urashobora kwiberaho ibihe bidahera​—Raba ico Bibiliya ibivugako

Aka gatabu kagenewe kukwereka ingene ushobora gutangura kwiga Bibiliya, bikaba biri mu ntunganyo yacu yo kwigisha abantu Bibiliya ku buntu.

Raba kandi

IBIBAZO BIKUNZE KUBAZWA

Ivyigwa mutanga vya Bibiliya bigirwa gute?

Mu vyigwa vya Bibiliya Ivyabona vya Yehova batanga ku buntu, urashobora gukoresha Bibiliya iyo ari yo yose. Urashobora gutumira umuryango wawe wose canke abagenzi bawe.