Ja ku birimwo

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

Art na Zanna Capers: Twarasubiriye gukomeza umubano wacu dufashijwe n’Imana

Art na Zanna Capers: Twarasubiriye gukomeza umubano wacu dufashijwe n’Imana

Gukurikiza impanuro zo muri Bibiliya vyarafashije umugabo n’umugore umwe bari barahukanye barabona ukuntu botsinda ingorane zatumye basambura umubano wabo, maze barasubira kwubakana kandi bakaba bahimbawe.