BE MASO! Kigarama 2015 | Kuronka amahoro mu rugo

Urashobora gutuma mu rugo iwanyu amatati ahera mukiberaho mu mahoro.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ni igiki gitera amatati mu muryango?

Ibintu bivugwa muri iki kiganiro vyoba bikunze kubashikira?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Icobafasha gutorera umuti amatati

Raba ibintu bitandatu vyobafasha gutorera umuti amatati mu muryango, mukaronka amahoro.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Icogufasha kuzigama amahoro mu muryango

Impanuro zo muri Bibiliya zoba zishobora gufasha urugo rurimwo amatati kuronka amahoro? Raba ivyo abakurikiza izo mpanuro babivuzeko.

ICOFASHA UMURYANGO

Kutamera kumwe

Vyoba bimaze gushika ukabona ko we n’uwo mwubakanye mutameze kumwe?

Mbega ibifi!

Igifi gipima amatoni 80 gishobora gute kugira agatebetebe?

TWISUNZE BIBILIYA

Bitugendera gute iyo dupfuye?

Umuntu apfuye yoba aca yimukira mu kandi karere? Abapfuye bamerewe gute?

UDUKURU TW’IRYA N’INO

Uko vyifashe i Buraya

Amakuru aherutse gushikirizwa, arashigikira ibivugwa muri Bibiliya mu buryo bushobora kugutangaza.

Ironderero ry’ibiganiro vyo muri Be maso! zo mu 2015

Urutonde rw’ibiganiro vyasohowe muri Be maso! mu 2015, bitondetse hisunzwe ico bivuga.

VYOBA VYARIYADUKIJE?

Ubushobozi umubiri ufise bwo gukira igihe ukomeretse

Abahinga bariko bigana gute ubwo bushobozi mu vyo bahingura?

Ibindi usanga kuri internet

Gutanga biragutera umunezero

Hariho uburyo bwinshi bwo gutanga. Woshobora kwiyumvira bumwebumwe?

Vyose ndabikesha intoke

James Ryan yavutse atumva mu nyuma na ho aca arahuma. Ni igiki catumye agira ubuzima buri n’intumbero nyakuri?