Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Monica Richardson: Umuganga asigura icatumye yemera Imana

Monica Richardson: Umuganga asigura icatumye yemera Imana

Ivyo Monica Richardson yize mw’ishure si vyo gusa vyatumye ahindura uko yabona inkomoko y’ubuzima, ariko kandi vyatumwe n’akazi akora k’ubuganga.