Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Gana

  • I Aburi muri Gana: Ivyabona vya Yehova bariko baramamaza inkuru nziza y’Ubwami bw’Imana

Gana: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 33.063.000
  • Abigisha Bibiliya: 153.657
  • Amashengero y’Ivyabona: 2.484
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 220

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Baritanze babikunze muri Gana

Naho abitanga gukorera aho abamamaji b’Ubwami bakenewe kuruta bahura n’ingorane zitari nke, barironkera n’ivyiza vyinshi.