VYOBA VYARIYADUKIJE?
Ingene ibikoko bikoresha neza inguvu
Ibikoko vy’ubwoko butandukanye birakoresha neza inguvu mu buryo butandukanye
Raba kandi
BE MASO!
Ingene inyoni yitwa albatros hurleur iguruka
Nurabe ingene iyo nyoni ibigenza kugira imare amasaha n’amasaha iguruka idakubise amababa na rimwe!
BE MASO!
Ikinyegeri kirinda ubushuhe
Ico kinyegeri kiri mu bikoko birinda ubushuhe kuruta ibindi. Ni ibiki bigifasha kurinda izuba rimena imbwa agahanga?
VYOBA VYARIYADUKIJE?
Urushato rwisukura rw’urufi bita baleine-pilote: Vyoba vyariyadukije?
Kubera iki amashirahamwe atwara ibintu mu mato yashimye ububasha budasanzwe bw’urwo rushato?
INYIGISHO Z’ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA
Ibiriho vyoba vyararemwe?
Ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye n’irema abenshi babitahura nabi canke mbere bakabifata nk’igitito. Ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye n’inkomoko y’ibiriho vyoba vyumvikana?
IBITABU N’UDUTABU
Vyoba vyararemwe?
Ivyo wemera ku bijanye n’ukuntu ubuzima bwatanguye kubaho biri n’ico bivuze koko.
IBITWEREKEYE
Niwitabe amakoraniro y’Ivyabona vya Yehova
Raba ibijanye n’amakoraniro y’ivy’ugusenga tugira. Raba aho abera hari hafi yawe.
VYOBA VYARIYADUKIJE?