Turirimbire Yehova—Indirimbo nshasha

Niwinovore indirimbo nshasha ku bwo gushemeza no gusenga Yehova Imana. Voma umuziki n’amajambo, wimenyereze izi ndirimbo ziryoshe cane.

URURIRIMBO RWA 136

Ubwami bw’Imana buraganza​—Nibuze!

Uru ruririmbo rw’Ubwami ruryoheye ugutwi rurashemeza Yehova Imana mu kwemera icese intwaro y’Ubwami iyobowe na Kristu Yezu.

URURIRIMBO RWA 137

Nuduhe ubutinyutsi

Niwifatanye n’abandi mu gusaba Yehova Imana ngo aguhe umutima rugabo wo kwamamza izina ryiwe udatinya.

URURIRIMBO RWA 138

Wewe uri Yehova

Shemeza izina rya Yehova rininahaye kandi abantu bose bamenye ko ari Musumbavyose.

URURIRIMBO RWA 139

Nubigishe guhagarara bashikamye

Kwinginga Yehova Imana ngo akingire abamenye ukuri yongere abafashe kwihangana mw’isiganwa ryo kurondera ubuzima.

URURIRIMBO RWA 140

Ubuzima bw’umutsimvyi

Nuserure urwo ukunda Yehova n’umunezero ugira mu buzima kubera igikorwa umurangurira.

URURIRIMBO RWA 141

Turondere abakunzi b’amahoro

Ururirimbo rukora ku mutima rwerekana urukundo dukunda abantu be n’umwete tugira mu kurondera intama z’agaciro z’Imana.

URURIRIMBO RWA 142

Tubwire inkuru nziza abantu b’uburyo bwose

Nuririmbe ukumera neza kwa Yehova be n’uruhara tugira mu gutumira abantu b’uburyo bwose ngo baze kuba abagenzi b’Imana.

URURIRIMBO RWA 143

Umuco uraka mw’isi y’umwiza

Inkuru nziza tuvuga iraboneshereza mu mwiza.

URURIRIMBO RWA 144

Boshobora kurokoka

Dutegerezwa kwamamaza ubutumwa bw’Imana hakiri umwanya.

URURIRIMBO RWA 145

Twitegurire kuja mu ndimiro

Umengo twokwigumira muhira, mugabo turashobora kuronka inguvu dukeneye kugira turoranirwe.

URURIRIMBO RWA 146

Ni je mwabigiriye

Ikintu cose kiranga urukundo kandi gikozwe mu gushigikira bene wabo na Kristu barobanuwe, abona ko ari nk’aho ari we akigiriwe.

URURIRIMBO RWA 147

Inyegu Imana yiharije

Yehova arakunda abana biwe barobanuwe, na bo barakunda ivyo ashaka.

URURIRIMBO RWA 148

Watanze ca kinege cawe

Shimira Yehova kubera ingabirano yatanze y’agaciro ntangere. Iha bose icizigiro.

URURIRIMBO RWA 149

Dukenguruke incungu

Ikintu gihambaye kuruta ibindi kiranga urukundo, ari yo ya ncungu Yezu yatanze abikunze, kiraduha imvo yo kwama dushimira Yehova.

URURIRIMBO RWA 150

Twitangire igikorwa

Serura icipfuzo ufise kiranga umunezero co gukorera Yehova mu buryo ubwo ari bwo bwose yipfuza kudukoreshamwo.

URURIRIMBO RWA 151

Ihishurwa ry’abana b’Imana

Si twe tuzobona umusi urageze w’uko Yehova aduza bene wabo na Kristu mw’ijuru, kugira basangire intsinzi n’impera.

URURIRIMBO RWA 152

Inkomezi zacu, icizigiro cacu n’umwizero wacu

Igihe amaganya atuma tugira ubwoba, Imana irashobora kutubera inkomezi, icizigiro n’umwizero.

URURIRIMBO RWA 153

Uca wiyumva gute?

Wiyumva gute igihe ukora ibishoboka vyose mu kurondera ababereye?

URURIRIMBO RWA 154

Tugume twihangana

Ururirimbo rudufasha kwihanganira ingorane maze tugakorera Yehova tudahemuka.