Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Si je nzobona ihwaniro rirageze!

Si je nzobona ihwaniro rirageze!

Voma:

  1. 1. Harageze ko tuja

    Kw’ihwaniro, erega ryashitse!

    Nditeguye,

    Ndarikunda.

    Je nzozinduka,

    Sinzocerwa namba.

    Kur’iryo hwaniro!

    (ICITABIRIZO)

    Tuje mu nzu ya Yehova,

    Ni ho heza kuruta.

    Tuje mu nzu ya Yehova,

    Kumwe n’abavukanyi.

  2. 2. Ubugenzi

    Bwokomera

    Nka hamwe woza tukicarana.

    Twifatanye

    Kuririmba.

    Twempi twiteze

    Ubuzima bwiza.

    Tuje kw’ihwaniro!

    (ICITABIRIZO)

    Tuje mu nzu ya Yehova,

    Ni ho heza kuruta.

    Tuje mu nzu ya Yehova,

    Kumwe n’abavukanyi.

    Tuje mu nzu ya Yehova,

    Ni ho heza kuruta.

    Turaronka akaryo ko kuremesha

    Abandi bavukanyi.