Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ingene wotora aho icanditswe kinaka giherereye muri Bibiliya

Ingene wotora aho icanditswe kinaka giherereye muri Bibiliya

Urutonde rw’ibitabu vyo muri Bibiliya a

Izina ry’igitabu

Umwanditsi (abanditsi)

Igihe carangiriye kwandikwa

Itanguriro

Musa

11513 M.K.

Kuvayo

Musa

1512 M.K.

Abalewi

Musa

1512 M.K.

Guharūra

Musa

1473 M.K.

Gusubira mu vyagezwe

Musa

1473 M.K.

Yosuwa

Yosuwa

nk. 1450 M.K.

Abacamanza

Samweli

nk. 1100 M.K.

Rusi

Samweli

nk. 1090 M.K.

1 Samweli

Samweli; Gadi; Natani

nk. 1078 M.K.

2 Samweli

Gadi; Natani

nk. 1040 M.K.

1 Abami

Yeremiya

580 M.K.

2 Abami

Yeremiya

580 M.K.

1 Ngoma

Ezira

nk. 460 M.K.

2 Ngoma

Ezira

nk. 460 M.K.

Ezira

Ezira

nk. 460 M.K.

Nehemiya

Nehemiya

iny. 443 M.K.

Esiteri

Morudekayi

nk. 475 M.K.

Yobu

Musa

nk. 1473 M.K.

Zaburi

Dawidi n’abandi

nk. 460 M.K.

Imigani

Salomo; Aguri; Lemuweli

nk. 717 M.K.

Umusiguzi

Salomo

imb. 1000 M.K.

Indirimbo ya Salomo

Salomo

nk. 1020 M.K.

Yesaya

Yesaya

iny. 732 M.K.

Yeremiya

Yeremiya

580 M.K.

Gucura intimba

Yeremiya

607 M.K.

Ezekiyeli

Ezekiyeli

nk. 591 M.K.

Daniyeli

Daniyeli

nk. 536 M.K.

Hoseya

Hoseya

iny. 745 M.K.

Yoweli

Yoweli

nk. 820 M.K. (?)

Amosi

Amosi

nk. 804 M.K.

Obadiya

Obadiya

nk. 607 M.K.

Yona

Yona

nk. 844 M.K.

Mika

Mika

imb. 717 M.K.

Nahumu

Nahumu

imb. 632 M.K.

Habakuki

Habakuki

nk. 628 M.K. (?)

Zefaniya

Zefaniya

imb. 648 M.K.

Hagayi

Hagayi

520 M.K.

Zekariya

Zekariya

518 M.K.

Malaki

Malaki

iny. 443 M.K.

Matayo

Matayo

nk. 41 N.K.

Mariko

Mariko

nk. 60-​65 N.K.

Luka

Luka

nk. 56-​58 N.K.

Yohani

Intumwa Yohani

nk. 98 N.K.

Ivyakozwe

Luka

nk. 61 N.K.

Abaroma

Paulo

nk. 56 N.K.

1 Abakorinto

Paulo

nk. 55 N.K.

2 Abakorinto

Paulo

nk. 55 N.K.

Abagalatiya

Paulo

nk. 50-​52 N.K.

Abanyefeso

Paulo

nk. 60-​61 N.K.

Abafilipi

Paulo

nk. 60-​61 N.K.

Abakolosayi

Paulo

nk. 60-​61 N.K.

1 Abatesalonika

Paulo

nk. 50 N.K.

2 Abatesalonika

Paulo

nk. 51 N.K.

1 Timoteyo

Paulo

nk. 61-​64 N.K.

2 Timoteyo

Paulo

nk. 65 N.K.

Tito

Paulo

nk. 61-​64 N.K.

Filemoni

Paulo

nk. 60-​64 N.K.

Abaheburayo

Paulo

nk. 61 N.K.

Yakobo

Yakobo (mwenewabo na Yezu)

imb. 62 N.K.

1 Petero

Petero

nk. 62-​64 N.K.

2 Petero

Petero

nk. 64 N.K.

1 Yohani

Intumwa Yohani

nk. 98 N.K.

2 Yohani

Intumwa Yohani

nk. 98 N.K.

3 Yohani

Intumwa Yohani

nk. 98 N.K.

Yuda

Yuda (mwenewabo na Yezu)

nk. 65 N.K.

Ivyahishuwe

Intumwa Yohani

nk. 96 N.K.

Ibimenyeshejwe: Amazina y’abanditsi b’ibitabu bimwebimwe be n’igihe vyarangiriyeko kwandikwa ntibizwi neza. Menshi mu matariki ni ayagereranijwe. Impfunyapfunyo M.K. isobanura imbere ya Kristu, N.K. isobanura inyuma ya Kristu, iny. isobanura “inyuma,” imb. isobanura “imbere,” nk. na yo isobanura “nko mu mwaka wa.”

a Ivyo bitabu 66 bigize Bibiliya bitondetswe hisunzwe ukuntu bitondekwa muri Bibiliya nka zose. Vyatondetswe mu kinjana ca kane inyuma ya Kristu.