Programa y’ihwaniro ryo mu 2023 ryataziriwe ngo ‘Niwihangane.’

Ku wa gatanu

Programa yo ku wa gatanu ishingiye ku 1 Abakorinto 13:4​—“Urukundo rurihangana.”

Ku wa gatandatu

Programa yo ku wa gatandatu ishingiye ku 1 Abatesalonika 5:14​—“Mwihanganire bose.”

Ku wa mungu

Programa yo ku wa mungu ishingiye kuri Yesaya 30:18​—“Yehova . . . arindiriye yihanganye ngo abagirire ubuntu.”

Ibimenyeshwa abitavye ihwaniro

Amakuru afasha abitavye ihwaniro.

Raba kandi

IBITWEREKEYE

Niwitabe igikorane co mu 2024 cataziriwe ngo “Numenyeshe inkuru nziza”

Turagutumiye n’igishika cinshi kwitaba igikorane c’Ivyabona vya Yehova c’uyu mwaka kizomara imisi itatu.

IBIKORANE

Uratumiwe ku gikorane c’Ivyabona vya Yehova co mu 2023 cataziriwe ngo ‘Niwihangane’

Turahimbawe no kugutumira ku gikorane c’uwu mwaka kizomara imisi itatu catunganijwe n’Ivyabona vya Yehova.

IBIKORANE

Imponjo y’igikino kivuga ngo: “Nuragize Yehova inzira yawe”

Nurabe ukuntu igihe hadutse ingorane, bishobora gukomeza umwiyemezo wacu wo kwiheka kuri Yehova.