UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Ntwarante 2024

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 6 Rusama–9 Ruheshi 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 9

Woba witeguriye kwiyegurira Yehova?

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 6-12 Rusama 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 10

‘Nugume ukurikira’ Yezu n’inyuma y’ibatisimu

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 13-19 Rusama 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 11

Niwumireko naho woshikirwa n’ibiguca intege

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 20-26 Rusama 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 12

Niwirinde umwiza, ugume mu muco

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 27 Rusama–2 Ruheshi 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 13

Nuhere amazinda ko Yehova agushima

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 3-9 Ruheshi 2024.

Kubabarira ibicumuro imbere y’uko incungu itangwa

Yehova yari kubigira gute atarinze guhonyanga ubutungane bwiwe?