UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Kigarama 2023

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 5 Ruhuhuma–3 Ntwarante 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 50

Ukwizera n’ibikorwa biradushikana ku bugororotsi

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 5-11 Ruhuhuma 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 51

Icizigiro cacu ntigitetereza

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 12-18 Ruhuhuma 2024.

Nubone inzoga nk’uko Imana izibona

Bamwe bashobora guhitamwo kunywa inzoga, abandi na bo bagahitamwo kuzirinda. Umukirisu yokwirinda gute ingorane ziva ku kunywa inzoga?

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 52

Bashiki bacu mukiri bato, nimwihate kugira mube abakirisu bahumuye

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 19-25 Ruhuhuma 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 53

Bavukanyi mukiri bato, nimwihate kugira mube abakirisu bahumuye

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 26 Ruhuhuma– 3 Ntwarante 2024.

Woba uvyibuka?

Woba warasomye witonze inomero z’Umunara w’Inderetsi za vuba? Raba ivyo woba wibuka.

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi na Be maso! vyo mu 2023

Ironderero ry’ibiganiro vyose vyasohowe mu Munara w’Inderetsi na Be maso! mu 2023, bitondetse hisunzwe imitwe.

Inkuru y’ivyabaye

Ni gute mushiki wacu yagaragaje impuhwe mu kurondera uturyo two kubwira abandi inkuru nziza?