Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

BE MASO! No 2 2021 | Ubuhinga bwa none: Ubukoresha neza canke nabi?

Ubuhinga bwa none woba ubukoresha neza canke nabi? Benshi bovuga ko bakoresha neza utwuma twabo. Ariko rero ubuhinga bwa none burashobora guteza abantu ingorane badashoka babona canke mbere batipfuza.

Ubuhinga bwa none bugira ingaruka izihe ku bucuti ufitaniye n’abandi?

Ubuhinga bwa none burashobora kugufasha kuguma uganira n’abagenzi mbere n’ubugenzi bwanyu bukarushiriza gukomera.

Ubuhinga bwa none bugira ingaruka izihe ku bana bawe?

Abana boshobora kworoherwa no gukoresha ubuhinga bwa none, ariko barakeneye kuyoborwa.

Ubuhinga bwa none bugira ingaruka izihe ku mubano wanyu?

Igihe ubuhinga bwa none bukoreshejwe neza burashobora gutuma ubucuti umugabo n’umugore wiwe bafitaniye bukomera.

Ubuhinga bwa none bugira ingaruka izihe ku kuntu wiyumvira?

Ubuhinga bwa none burashobora kugira ingaruka ku kuntu usoma, ukuntu witunira ku gikorwa canke bugatuma urambirwa ningoga. Hari ibintu bitatu vyogufasha gukoresha neza ububasha bwawe bwo kwiyumvira.

Raba n’ibindi kuri JW.ORG

Ni ikihe muri ibi woshima kumenya?

Ibirimwo

Raba ingaruka zihishije ariko zonona ubuhinga bwa none bushobora kugira ku bucuti ufitaniye n’abandi, ku muryango wawe, mbere no mu kuntu wiyumvira.