Ja ku birimwo

Nowa: Ukwizera kwaratumye agamburuka

Nurabe ukuntu ukwizera n’ukugamburuka vyatumye Nowa arokoka mw’isi yononekaye. Iyo nkuru ishingiye kw’Itanguriro 6:1–8:22; 9:8-16.

Raba kandi

NIWIGANE UKWIZERA KWABO

Nowa: “Yagendana n’Imana y’ukuri”

Ni ingorane izihe zashikiye Nowa n’umukenyezi wiwe mu kurera abana babo? Berekanye gute ko bafise ukwizera mu kwubaka ubwato?

UMUNARA W’INDERETSI

Nowa ‘yarazigamwe hamwe n’abandi indwi’

Vyagenze gute ngo Nowa n’umuryango wiwe barokoke mu gihe kigoye kuruta ibindi vyose abantu bari bamaze kubona?

INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA

Inkuru ya Nowa na wa mwuzure ukomeye yoba ari igitito?

Bibiliya ivuga ko Imana yigeze guteza umwuzure ukomeye kugira ihonye abantu babi. Ni ibintu ibihe Bibiliya ivuga vyemeza ko yavuye ku Mana vy’ukuri?

UMUNARA W’INDERETSI

Henoki “yari yahimbaye Imana rwose”

Nimba utunze umuryango canke ukaba uriko ugwa uvyuka ngo ukore ibigororotse, urashobora kugira ico wigiye ku kwizera kwa Henoki.

INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA

Abanefilimu bari bande?

Bibiliya ibita “abanyenkomezi ba kera, ba bagabo ba rurangiranwa.” Ni ibiki tuzi ku biberekeye?

IVYIGWA DUKURA MURI BIBILIYA

Ubwato bwa Nowa

Igihe abamarayika babi barongora abagore bo kw’isi, bavyaye abana bakomeye kandi basinda. Abantu bose bo kw’isi bakora ibibi. Ariko Nowa yari atandukanye na bo; yarakunda Imana kandi akayigamburukira.