Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova: Ukwizera mu bikorwa, igice ca 1: Bava mu mwiza

Vyasavye ukwizera gukomeye kugira Abatohoji ba Bibiliya bave mu mwiza w’imigenzo y’idini ry’ikinyoma wari umaze ibinjana n’ibindi. N’aho ari ukwo, bari intwaramuco z’umutima rugabo kandi z’umwete. Raba umutima rugabo n’ukudahemuka bagaragaje n’ingene Imana yabakuye “mu mwiza akabinjiza mu muco wayo w’agatangaza.”

Raba kandi

DOCUMENTARIES

Ivyabona vya Yehova: Ukwizera mu bikorwa, igice ca 2: Umuco nukayangane

Yezu yategetse abigishwa biwe ‘guhindura abantu bo mu mahanga yose abigishwa.’ Kubera uruhamo n’izindi ngorane nyinshi, Abatohoji ba Bibiliya baratahuye koko ico bisobanura kureka umuco ugakayangana.