Abapfuye boba bazosubira kubaho? VUZA Abapfuye boba bazosubira kubaho? Twoba twokwizigira ko abacu bapfuye bazosubira kubaho? Muradutunga, vyanse gusomwa. Voma iyi videwo Ibiheruka Ibikurikira Raba kandi INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA Izuka ni iki? Woshobora gutangazwa no kumenya abazosubira kuba bazima muri kazoza. IBINDI BIGANIRO Icohumuriza abagandaye Iyo tubuze uwacu, twoshobora kwibaza ko ata muntu n’umwe atahura ukuntu twiyumva. Ariko Imana iradutahura, kandi irashoboye kudufasha. UMUNARA W’INDERETSI Ico Bibiliya ivuga ku vyerekeye ubuzima n’urupfu Iyo dupfuye, hoba hari ikintu kituvamwo kikabandanya kubaho? Twoba dufise umutima w’ubwenge udapfa? Abapfuye bari hehe? INYIGISHO Z'ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA Abapfuye bamerewe gute? Bibiliya isezerana ko hariho igihe aho abantu benshi bapfuye bazozuka nka kurya kwa Lazaro. UMUNARA W’INDERETSI Abapfuye bazozuka! Icizigiro Bibiliya itanga coba kizoranguka? INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA Nugerageze kwiga Bibiliya natwe Urashobora kwiga Bibiliya ku buntu uri kumwe n’uwukwigisha. Capura Rungika Rungika Abapfuye boba bazosubira kubaho? UBURYO BWO GUTANGUZA IBIYAGO Abapfuye boba bazosubira kubaho? Ikirundi Abapfuye boba bazosubira kubaho? https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1102017422/univ/art/1102017422_univ_sqr_xl.jpg