Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Imana yoba ifise izina?

Imana yoba ifise izina?

Imana irafise amazina menshi y’icubahiro. Amwamwe muri yo ni Mushoboravyose, Umuremyi hamwe n’Umukama. (Yobu 34:12; Umusiguzi 12:1; Daniyeli 2:​47) Ariko none yoba ifise izina ry’uruharo?