Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Vanuwatu

  • I Port-Vila muri Vanuwatu: Ivyabona bariko barigisha Bibiliya mu gasagara kitwa Eratap

Vanuwatu: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 334.000
  • Abigisha Bibiliya: 694
  • Amashengero y’Ivyabona: 13
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 560

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Baritanze babikunze

Bashiki bacu benshi bakoreye mu mahanga, mu ntango baratinya kwimukira mu kindi gihugu. None bashize ubwoba gute? Ni ibiki bigiye mu gikorwa baranguriye mu mahanga?