Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Uruguay

  • I Montevideo muri Uruguay: Ivyabona bariko baratanga agapapuro k’inkuru nziza Ubona gute kazoza?

Uruguay: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 3.506.000
  • Abigisha Bibiliya: 12.000
  • Amashengero y’Ivyabona: 149
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 296