Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Ukraine

  • Muri Ukraine: Ivyabona vya Yehova bariko baramamaza mu kagwati k’i Lybokhora

Ukraine: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 41.130.000
  • Abigisha Bibiliya: 109.375
  • Amashengero y’Ivyabona: 1.234
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 391

NUGUME URI MASO!

Umwaka uraheze intambara yo muri Ukraine itanguye: Ni icizigiro ikihe Bibiliya itanga?

Raba icizigiro Bibiliya itanga ku bijanye n’ingene intambara zigiye kuvaho.

Uburusiya bwarateye Ukraine​—Ubuhanuzi bwo muri Bibiliya bwoba buriko buraranguka?

Nimba ari ukwo, Bibiliya yoba yerekana ingene ivyo vyose bizorangira?

NUGUME URI MASO!

Idini n’intambara muri Ukraine: Bibiliya ibivugako iki?

Abakuru b’idini bo muri Ukraine n’abo mu Burusiya bariko baragira uruhara muri iyo ntambara mu buryo butandukanye cane n’ivyo Yezu yigishije abigishwa biwe.