Swazilande: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 1.198.000
- Abigisha Bibiliya: 3.269
- Amashengero y’Ivyabona: 76
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 377
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Uwo mwami yarahimbawe cane!
Nusome ukuntu umwami umwe wo muri Swazilande yahimbawe no kwiga ukuri kwo muri Bibiliya.