Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Polonye

  • Igisagara ca kera ca Gdańsk, muri Polonye: Icabona ariko arashikiriza Umunara w’Inderetsi

Polonye: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 37.749.000
  • Abigisha Bibiliya: 116.307
  • Amashengero y’Ivyabona: 1.267
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 328

INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA

Gutanga imfashanyo ahantu hari “intambara n’amakuru y’intambara”

Naho abavukanyi bo muri Ukraine bari mu ntambara bariko baronswa gute imfashanyo? Kandi bibafasha gute?