Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Filipine

  • I Manille muri Filipine mu gace kitwa Intramuros: Ivyabona vya Yehova bariko barabwira umuntu ubutumwa bwo muri Bibiliya

  • Muri Filipine, i Baler mu ntara ya Aurora: Ivyabona bariko baratumira abantu ku makoraniro

Filipine: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 113.964.000
  • Abigisha Bibiliya: 253.876
  • Amashengero y’Ivyabona: 3.552
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 464

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Naracitse “vyose ku bantu b’uburyo bwose”

Ibikorwa bitandukanye Denton Hopkinson yagiye arashingwa kuva akiri muto vyaramufashije kubona ko Yehova akunda abantu b’uburyo bwose.

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Baritanze babikunze muri Filipine

Numenye icatumye bamwebamwe baheba ubuzi bwabo, bakagurisha ivyo batunze, maze bakimukira mu turere turi ukwa twonyene two muri Filipine.