Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Panama

  • I Guna Yala muri Panama: Mu kazinga ka Nurdub, Ivyabona bariko babwira inkuru nziza umurovyi wo mu bwoko bw’Abaguna (bahora bitwa Abakuna) mu rurimi rwiwe kavukire

Panama: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 4.511.000
  • Abigisha Bibiliya: 18.525
  • Amashengero y’Ivyabona: 310
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 247